Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagirijwe igitero cabereye kw’ikambi ya Mukoni baciriwe urubanza
Abagirijwe igitero cabereye kw’ikambi ya Mukoni baciriwe urubanza
vendredi 27 Nzero 2017, par
Sentare nkuru y’intara ya Muyinga yasomye urubanza rw’abantu 18 bagirizwa ko bari mu bakoze igitero kw’ikambi y’igisirikare yo ku Mukoni. Muri abo baciriwe urubanza, umunani ni abajejwe umutekano.
Bose hamwe uko ari cumi n’umunani baciriwe umunyororo w’imyaka 30 hamwe n’ihadabu (Amande) ry’amafaranga y’amarundi agera ku kiriyoni zitanu.
Abo bantu baciriwe urubanza bari bahagaritswe inyuma y’amasasu yumvikanye mu micungararo y’ahari ikambi y’igisirikare yo ku Mukoni,mu ntara ya Muyinga, nk’uko vyashikirijwe na Colonel Gaspard BARATUZA. Uwo avugira igisirikare c’Uburundi arahakana ariko ko atari igitero cakozwe kuri iyo kambi, ahubwo ko bari abasuma bariko bagerageza kwiba bakoresheje inkoho, ku mihana yegereye iyo kambi y’igisirikare.
IGIHE
Messages
27 Nzero 2017, 13:17, par murundi
kubafunga siwomuti abo nivyi tso vyazankorabara. vyaribikwiye ko mubatunganya vuba izo njavyi,
27 Nzero 2017, 16:01, par Adolphe Nshimirimana
Rekura izo ntama, birazwi ko ari mchezo wa ndani
27 Nzero 2017, 17:26, par Irakoze Gloria
Kweri Nibihangane Nimiryangoyaboyihangane?
27 Nzero 2017, 18:59, par SUGURU SBASTIEN
NABANDI BIYUMVIRA NKUKO NABONYENE BAYI IMANA IBAHARIRE
27 Nzero 2017, 19:00, par SUGURU SBASTIEN
NABANDI BIYUMVIRA NKUKO NABONYENE BAYI IMANA IBAHARIRE
27 Nzero 2017, 20:32, par Sosumo
Ewe,muburundi,uri,injavyi,ngobahohoshe?Urucira,mukaso,rugatwara,nyoko!Mbega,wosanga,harimwo,abo,muvukana,naho?Iyo,ninzara,nubukene,nibabareke,ntibazosubira.
27 Nzero 2017, 21:38, par Athanas
Namba uri murundi namba urinde don’t sayso because to day is me to morrow will be anather one!ushoborakubonako kwica umwansi wawe ariyomahoro uronse bwaca vyakugarukako ukicuza,nagomba nsabe kandi abategetsi cane cane abavugizi ko mugushikiriza inkuru bobanza kuyitohoza kuko biraboneka ko badashikiriza inkuru y’imvaho.nn nkaho imuyinga baratuza yavuzeko bari abasuma nn nkikibazo abo basirikare bariko bica abandi bacirirwa imanza nibo bacitse ibisuma?
28 Nzero 2017, 13:47, par Kenny
Biragoy!Nibumve Namba Icaha Cabagiriy!
28 Nzero 2017, 17:27, par jean
Nticari igitero?abo bajejwe umutekano bakatiwe imyaka 30 kandi nta gitero cabaye?ko bari 4 abo 18 bavuye he
28 Nzero 2017, 22:52, par samuel
Ni babahasha kabisa KO base kwihana bazohanwa batagira gitabara.ingero yicahaa n’urupfu
28 Nzero 2017, 22:54, par samuel
Ni babahasha kabisa KO base kwihana bazohanwa batagira gitabara.ingero yicahaa n’urupfu
29 Nzero 2017, 23:48, par Kanyosha
Za mujeri mubitahure neza sigitero zakoze ahubwo zarahagaze ahantu zirakuga hanyuma abajejwe umutekano bacabagenda kuzibuza gukoneza zimena amatwi abemegihugu.
Nivyo nyajwubahwa Baratuza yabasiguriye bamwe bibananira gutahura.
2 Ruhuhuma 2017, 21:18, par Alex
akajagari kabo babohe bazoveyo bayarishe
22 Rusama 2017, 05:02, par Silas
Jembonaivyomuburundiarukwitondakukoabasi Bagumabahinduramayeri