Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagiriwe ikigongwe n’umukuru w’igihugu baratangura kurekurwa
Abagiriwe ikigongwe n’umukuru w’igihugu baratangura kurekurwa
lundi 23 Nzero 2017
Umushikiranganji w’ubutungane ahamagarira abarongoye amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike kwitaba ibikorwa vyo gutanguza ku mugaragaro irekurwa ry’abapfungwa bagiriwe ikigongwe n’umukuru w’igihugu.
Mw’itangazo ryateweko umukono n’umushikiranganji w’ubutungane Aimee Laurentine Kanyana,amenyesha ko ivyo bikorwa bitangura kuri uno wa mbere igenekerezo rya 23 Nzero 2017,kw’ibohero rikuru rya Mpimba.
Bitegekanijwe ko abapfungwa barekurwa ari abaciriwe igihano c’imyaka itanu canke iri munsi yayo nkuko vyashikirijwe n’umukuru w’igihugu mw’ijambo yashikirije abarundi n’abanyamahanga abipfuriza umwaka mushasha wa 2017.
IGIHE
Messages
24 Nzero 2017, 06:49, par mzoyihera intagoheka
Izonizambonerakure zatumwa kwiba ntizashikana ivyozatumwe, zicazitabwa mugasho nabari bazitumye, nibobarekuwe kabisa.
27 Nzero 2017, 16:20, par A
A
31 Nzero 2017, 16:26, par Baju
Ico Nico
31 Nzero 2017, 16:27, par Baju
Ico Nico