IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagirizwa gushaka kwica Lt Gen Prime NIYONGABO bazosubira kurenguka

Abagirizwa gushaka kwica Lt Gen Prime NIYONGABO bazosubira kurenguka

jeudi 9 Ruhuhuma 2017

Abagirizwa kugerageza kwica umukuru w’ibiro bikuru vy’intwara miheto Lt General Prime NIYONGABO bazosubira kurenguka imbere ya Sentare nkuru ya Muha,izosasa mu ntara ya Gitega.

Amakuru yo gusubira kurenguka kw’igenekerezo rya 22 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017 ,kw’abo bagirizwa gushaka kwica umukuru w’ibiro bikuru vy’intwara miheto,yemejwe n’uwujejwe igisata c’imanza mw’ibohero rikuru rya Gitega.

Muri abo batanu bagirizwa, 4 muri abo harimwo abasirikare babiri n’abanyagihugu babiri bapfungiwe mw’ibhero rikuru rya Gitega,uwundi musirikare nawe apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba i Bujumbura.

Amakuru ava aho bapfungiwe amenyesha ko bafise ikibaz co kuronka abashingwamanza babunganira.


IGIHE

Messages

  • Nivyo babarenganya turabizi yuko haniwacu hiziwe nukubeshera abantu, none yibaza kwatazopfa ndibaza sukoyakoze ivyiza bizotuma aramba!? habanintete.

  • none na petero nkurunziza azorenguka ryari siwe waragiye ku mugandagura,hanyuma se ko tuzi ko ari petero nkurumbi wagandaguye adolphe nshimirimana ni kuki atarenguka ngo abwire abarundi ico yamuhoye.

  • We Wiyita Kazungu Ubwo Wewe Ntarumogi Unywa? Nimburunywa Naho Uzozurugosora. Wewe Nukungana Urashobora Kuvuga Ayo Wishakiye Kumukuru Wigihugu? Wewe Urinde Unganiki. Uzoteba Umenyekane Sha Rendegera. Ndakwibarize Sha Kuzu, Mbeharya Ngo Barendegere Yagizente.

  • Kazungu mumurabe Neza Kandi Mumubaz.Asigure Iyoyabikuye Mumurondere wosanga Ariw.Yishe Adolphe.Nibamukoreko Amatohoza..

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.