Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 11 batangura mu kibuga mu rukino ruhuza Uburundi na Etiyopiya (...)
Abakinyi 11 batangura mu kibuga mu rukino ruhuza Uburundi na Etiyopiya bamenyekanye
dimanche 1er avril 2018
Abakini 11 batangura mu kibuga ni :
20.Rukundo Onesime
2.Ndaye Chancel
11.Bigirimana Ramadhan
15.Selemani Moustapha
17.Ndoriyobija Eric
6.Mbirizi Eric
8.Muryango Mabano
10.Kwizera Eric Kirungo
5.Ramadhan Pascal
12. Djuma Mohamedi
3.Shaka Bienvenue
Abasubirira abandi ni :
1. Nduwimana Haile Shalom
16. Kashindi Joseph
19. Ndizeye Eric
4.Nsengiyumva Rahim
14.Eza Armel
7. Ulimwengu Jules
9. Mavugo Cédric
Abahagarikizi bane b’urukino bava mu gihugu ca Somaliya, mu gihe umukomiseri w’urukino, ava mu gihugu ca Misiri.
MUGISHA Van Naris
Messages
3 avril 2018, 10:35, par Nduwimana Thierry
Ndashimiye umurwi serukira gihugu wakoze vyiza cane gutsindira hanze mugabo ntavyama vyerade mugerageze mukosore umurwi wacu ukiniye muhira usigaye untera amakenga ntiwitanga cane nkuko bikenewe mwijire hagati mugihugu murabe abakinyi ntimurabe kamwana wamama bose mubahe umwanya ndaziko bigoye FFB nishiremwo uburyo bumeze neza kugira abamenyereza bakore akazi kabagenewe harimwo uburyo ntakitazokuna.
4 avril 2018, 09:54, par Gaga eric lamero
Jew byukuri ndakunda umupira wamaguru kuko jewe sanze ndumukinyi wa academy lacocience icyiyumviro nu bokwitwara neza mukibuga
5 avril 2018, 22:29, par Niyogusenga Jules
Mbaz Harya Umupira Hakina Imyaka Cank Hakina Ubuhinga
6 avril 2018, 21:57, par TUYISENGE PACIFIQUE
Natwe turabakej kuko bateyitek uburund