Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi 18 ba Olympic Star bazokina mu rukino rwo gusubiriza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 18 ba Olympic Star bazokina mu rukino rwo gusubiriza (...)

Abakinyi 18 ba Olympic Star bazokina mu rukino rwo gusubiriza bamenyekanye

vendredi 16 février 2018

Umurwi wa Olympic Star uzofata urugendo kw’igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2018, uherekejwe n’abamenyereza babiri, hamwe n’umuganga.

Abakinyi 18 bazofata urugendo ni :

1 Watulusubi Lucien
2 Wilondja Ibrahim
3 Mudasiru Iddy
4 Muhuza Patient ZOKORA
5 Mbazumutima Baba
6 Mwenebantu John
7 Alain Jupain
8 Tally Tablir
9 Bizimana Joe
10 Juma Simpo
11 Christian Kalondji
12 Girukwishaka Fabrice FAFA
13 Kashindi Paul
14 Pascal Ramadhan PISCO
15 Lomeya Magloire
16 Slim Said
17 Nijimbere Pegal
18 Gamal Juma

Abamenyereza ni :

Nahimana Hussein Wello
Ngabonziza Diomède

Umuganga ni :

Jonathan Ndayiragije


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Bonne chance ànotre équipe.biraryoshe kubona hasigaye hasohoka n’ama équipe yo muri intérieur.l’année prochaine twipfuza messager ngozi

  • Bonne chance ànotre équipe.biraryoshe kubona hasigaye hasohoka n’ama équipe yo muri intérieur.l’année prochaine twipfuza messager ngozi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.