Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi babiri ba Messager Ngozi bagiye gukina mu gihugu ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi babiri ba Messager Ngozi bagiye gukina mu gihugu ca (...)

Abakinyi babiri ba Messager Ngozi bagiye gukina mu gihugu ca Zambiya

vendredi 4 Myandagaro 2017

Abo bakinyi uko ari babiri bafashe indege kuri uno wa kane igenekerezo rya 3 Myandagaro 2017 bagana igihugu ca Zambia aho bagiye gutangura imyimenyerezo mu murwi wa Zesco United ukina mu cicaro ca mbere.

Enock NSABUMUKAMA yari asanzwe akina hagati mu murwi wa Messager Ngozi, mu gihe Dieudonne NTIBAHEZWA nawe yari umunyezamu w’umurwi.

Umurwi Messager Ngozi abo bakinyi bahora bakinamwo,waheruka kubura amahirwe yo gutahukana igikombe c’umukuru w’igihugu,inyuma yo gutsindwa mu rukino rwa nyuma n’umurwi Olmpique Star wo mu ntara ya Muyinga.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • abo bakinyi kari babiri ndabahaye amahigwe bazigikogwa kibajanye baze badutetureru abasigaye nabo bakomeze kubasengera kandi nabo basigare kurugo bacungiyeho ntibacike intege kubera abo bawiye nanje messager ngozi naho ntari muburundi ubu mugabo nkaba ndumurundo ngaho ingozi ndakunda messager ngozi nzoyigwa inyuma

  • Andika hano Shaka Indirimbo Za message Ngozi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.