Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakozi b’ikigo CNPK batanze intererano y’amatora ya 2020 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imibano > Abakozi b’ikigo CNPK batanze intererano y’amatora ya 2020

Abakozi b’ikigo CNPK batanze intererano y’amatora ya 2020

Friday 6 July 2018, by vianney

Diomede NDABANEKEYE yaserukiye abakozi b’ikigo CNPK yamenyesheje ko batanze iyo ntererano mu ntumbero yo kwitaba akamo katewe n’umukuru w’igihugu ko kwitunganiriza amatora mu ntumbero yo gutsimbataza intahe yo kwikukira.

Ejo ku musi wa kane igenekerezo rya 5 Mukakaro 2018 niho ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwugurura k’umugaragaro uko abanyagihugu hamwe n’abatakora ubuzi bagiye gutanga intererano y’amatora ya 2020.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.