Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakozi bo mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu batanze intererano (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Abakozi bo mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu batanze intererano (...)

Abakozi bo mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu batanze intererano y’amatora

Tuesday 24 July 2018, by vianney

Umuyobozi mukuru mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu ,Aloys RUBUKA yamenyesheje ko iyo ntererano bayitanze mu ntumbero yo kwifatanya n’abandi barundi bamaze gutanga intererano y’amatora yo mu mwaka wa 2020.

Aloys RUBUKA yavuze kandi ko ari ikimenyetso cemeza ko abarundi bashobora gutunganya ubwabo amatora ata ntererano ivuye hanze y’igihugu ndetse ari ugutsimbataza intahe yo kwikukira.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.