Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abantu 22 bapfiriye mu gitero mu Bwongereza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abantu 22 bapfiriye mu gitero mu Bwongereza

Abantu 22 bapfiriye mu gitero mu Bwongereza

mardi 23 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bemeza ariko ko ivyo biharuro ari ivy’imfatakibanza. Abakoze ico gitero barindiriye abakunzi b’uwo muririmvyi batanguye kwiyegeranya kugira binjire muri ico giteramo, baca baturitsa ibisasu.

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru cabaye muri iryo joro nyene, nk’igihe c’isaha icenda, igiporisi camenyesheje ko biboneka ko ico gitero ari ic’iterabwoba, naho ibimenyetso bikwiye bitaraboneka, aho mukamenya ko ata n’uwuriyitirira ico gitero.

Mu gihe ivyo bimenyetso vy’uko ari igitero c’iterabwoba vyoboneka, kizoba kibaye ikigira kabiri gikomeye kibaye mu gihugu c’Ubwongereza, igiheruka kikaba cabaye mu mwaka w’2005, gihitana abagera kuri 52.


Egide Ndwimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.