Home > Imibano > Abantu 51 bahungutse bakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura
Abantu 51 bahungutse bakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura
Thursday 12 July 2018, by
Abantu 44 murabo bahungutse bava mu ntara ya Kirundo,6 nabo mu ntara ya Cankuzo hamwe n’umuntu umwe wo mu ntara ya Ngozi.
Abo barundi bakiriwe n’umuyobozi mukuru ajejwe ivyo guhungura abantu mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, bagizwe n’abagabo 23 hamwe n’abagore 28.

IGIHE
Forum posts
12 July 2018, 16:12, by NTEZUKOBAGIRA JUSTIN
KAZE BENE WACU ! KIRA UBUHUNGIRO , KIRA ISHAMBA , KAZE MUBANYU NO MU VYANYU MUGIRE AHO MUBA KANDI MWUBAHWE MUGIRE IJAMBO.
12 July 2018, 20:41, by karumbeti eloi
Nibaze Ntangorane Nibene Wacu Bakugwacu Barumunacu Bashikacu Kaze Murisanze
17 July 2018, 18:11, by assan bikorimana
Nukuri tubahayikaze kuko, uburundininyabagendwa, Nibazebarengera, invugozabanyeporitikibamwebamwe.
Bansumirinda.
Imana, ibahezagiriremubabonomuvyabo.
bagirahobababubahwe.
23 July 2018, 13:33, by adamu
murakaza murisanga ntwe turimurwanda ariko imananidufasha tuzotaha