IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abantu indwi bagirizwa igiturire bafashwe n’igiporisi

Abantu indwi bagirizwa igiturire bafashwe n’igiporisi

jeudi 12 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Muri abo bafashwe, harimwo n’abari mu murwi w’igihugu ujejwe gutanga akazi ku bigisha bashasha, hamwe na bamwe mu bigisha bariko barondera ako kazi batanze igiturire.

Amatohoza kuri ico giturire catanzwe akaba ariko akorwa n’igiporisi hamwe n’iperereza mu ntara ya Makamba.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.