Home > Amakuru > umutekano > Abanyamerika batatu n’umuganda bahagaritswe n’igiporisi c’Uburundi
Abanyamerika batatu n’umuganda bahagaritswe n’igiporisi c’Uburundi
Thursday 26 October 2017
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE amanyesha ko uko ari bane bahagaritswe bagirizwa icaha c’ukutariha amafaranga y’amarundi imiriyoni icenda n’ibihumbi amajana abiri na mirongo itandatu (9260000 Frs Bu).
Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko abo bane bari abavugabutumwa.
MUGISHA Van Naris
Forum posts
27 October 2017, 08:45, by Hicuburundi
u Burundi burashobora gutinyuka gufata Abany’Amerika??hhahahah sha DD musambagurike neza