IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure bo mu mwaka w’ishure mushasha muri Kaminuza y’Uburundi (...)

Abanyeshure bo mu mwaka w’ishure mushasha muri Kaminuza y’Uburundi batumweko

mercredi 28 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Ku bijanye n’agafashanyo bazoriha mu gihe bazoba baronse ubuzi inyuma y’inyigisho za kaminuza kiswe (prêt bourse), Banyankimbona amenyesha ko ubuyobozi bujejwe ivy’indaro muri kaminuza hamwe n’ubuyobozi bujejwe gukurikirana ibijanye n’ibibazo vya kaminuza bazofasha abo banyeshure mu kuborohereza ivyo bazoba bariko bararondera mu biro bijejwe ivy’agafashanyo.

Abo banyeshure bagiye gutangura mu mwaka wa mbere, bari bamaze igihe kitari gito biyandikishije kuri iryo shure barindiriye ko bahamagarwa kugira batangura ivyigwa.


Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.