Accueil > Amakuru > umutekano > Abaporisi basatse ku rugo rwa Major Bernard BUSOKOZA
Abaporisi basatse ku rugo rwa Major Bernard BUSOKOZA
vendredi 16 Nyakanga 2016, par
Abaporisi basatse mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu mu ngo zo muri karitiye ya Mutanga-nord, zone Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura. Mu ngo zasatswe harimwo urw’umushingamateka Bernard BUSOKOZA yahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi.
Ico gikorwa c’igiporisi c’ugusaka giheze kuri urwo rugo, amakuru atangwa n’abakurikiranye ico gikorwa avuga ko ata kintu na kimwe cahafatiwe.
Major Bernard BUSOKOZA asanzwe ari mu buhungiro n’umuryango wiwe, kuva mu mwaka w’2015 hatanguye intureka za poritike mu Burundi.
Uwo yahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu asanzwe ari mu banyeporitike baronderwa n’ubutungane bw’Uburundi, ndetse bamaze kurungikirwa imitahe mpuzamakungu ibarondeza, akaba yagirizwa ko ari mu bagize uruhara mw’igerageza ry’uguhirika ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ryabaye kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.
IGIHE
Messages
16 Nyakanga 2016, 11:20, par KIRAKUVUMBIKA
BANDANYA MURONDERE ARIKO NTIHAGIRE UWO MURENGANYA MUKUMUREMEKA INTEBA ISHUSHE ! MUZIKO ABARUNDI KW,IREMENTANYA MURABA MBERE!
16 Nyakanga 2016, 11:59, par jewe
Busokoza yishe Ndadaye’bitum’indyane turimwogushik’ubu ’’’iyomusiga muturiy iyonzuyeee vyobaye vyiza’naw’akangarara nkuko yariyaratwangaje.
16 Nyakanga 2016, 12:29, par bankori
nonekomuvuga ko yahunze yaciye agarukagutemu brndi cangeyahunze arumwe -.------?
16 Nyakanga 2016, 13:06, par Kabutura Tea
Iyo Baturira
16 Nyakanga 2016, 13:10, par willynshimirimana
BUSOKOZA NINKOZI YIKIBI KUVA KERA AHUBWO ATAGARUTSE MUBURINDI VYOBA VYIZA KUK NTACO YARATUMARIYE
16 Nyakanga 2016, 13:14, par ERNEST
ABAKORA IBIBI BOSE NUGUHIRWA BAGAHANWA ARIKO GIKURU NUKO BOKWIHANA HARIGIHE BABIKORA MUBUTAMENYA UWOKWEMERA ICAHA YOGIRIRWA IKIGONGWE NIVYO IMANA YEMERA
16 Nyakanga 2016, 13:49, par Alexis
Ariko Amahanga Yagorwa Nakudeta Itahungabanyije Umutekano Batanga Manda Dare Ahubwo Nibafate Pita Waje Akica Abantu Nanubu Acyibica Mwibanga
16 Nyakanga 2016, 14:11, par Kanyosha
Mbekomuvuze kohasatwe amazumeshi kuberiki mudusiguriye cane uwo Busokoza ntimudusigurire umwe kurumwe? Canke mwomuvuzekocane nkugira mwerekane komubasatswe harimwo igihangange Musokoza? Harikerasha hazosubira kuba ibihangange abamukomokako kuko ivyose yakoze ntibibaharurwako kiretse bikoreye ibindibibi kugatwekabo.
16 Nyakanga 2016, 16:41, par Amissi
Ewe Kanyosha,erega ntashobora kuba igihangange kuri bose,umuntu wese afise uwo yiyumvamwo,usanga wewe wiyumvamwo ibinywamaraso nkawe twebwe iyo ntore turayiyoboka gose cane
16 Nyakanga 2016, 18:17, par pacifiqueharerimana
Nibamukorereko
16 Nyakanga 2016, 18:18, par nsabiyimbona yanick
ahubwo birateye isoni aho umuntu asaka uwudahari nubusuma buba bwateguwe
16 Nyakanga 2016, 21:37, par CELEMAMANI
Igiporisi Gusaka Aho Biketse Nigikorwa Cabo
16 Nyakanga 2016, 21:38, par CELEMAMANI
Igiporisi Gusaka Aho Biketse Nigikorwa Cabo
16 Nyakanga 2016, 23:32, par yooo
mbega uwo muzehe ngo aracari Mjr? yaragakoze kuri ndadaye ubu akwiye kwicuza amaraso yumu democrate ndadaye yadsheshe. ariko nabe aratembera hanze ntaco nako kajayo.
17 Nyakanga 2016, 07:35, par Musaga
Iyo Leta igiye gutemba niko bigenda,bazotubwira ko hafatiwe ibigwanisho biri matriculé le Rwanda, hhaahh
17 Nyakanga 2016, 07:57, par FNL
Ntakidahera ubu amakuru yizewe ni uko nyakubahwa Gen Prime Niyongabo agira akore Coup d’état,murindire gato, Peter kwaheli
17 Nyakanga 2016, 10:47, par john
Ewe ga FNL,aho ga ntuze ,hari n’andi makuru yizewe ko niyongabo na Pierre Nkuriye boba bafatanije uwo mugambi wo kuyobora u Burundi bikijije Nkurunziza.erega nkurunziza nawe arabanihuye mu gacerere.
17 Nyakanga 2016, 21:35, par Eric
ze murasaka kurivyo bihemu nyene
17 Nyakanga 2016, 22:23, par Iradukunda Fiacle
Nivyo Bashaka Batute Mukaga
17 Nyakanga 2016, 23:37, par gakuba john
Akazi ka police nako nibyo bize kdi bari bafite amakuru so mureke police ikore akazi kayo
19 Nyakanga 2016, 14:39, par alia
we wiyise jewe’ ubuntasoni niba yaragukoreye nabi menyako ikibi kidakemura ikindi. none waba utandukaniye he nawe ? abantu nwe ntakintu bazo marira uburundi ataruko agafuni kazo kwama kurutugu nimukubitizamaso inyuma mubihugu duhana imbibe murabe iyo bageze muve muriryo horihori
21 Nyakanga 2016, 22:47, par Mbonimpa Jean
Benari Busokoza Amakuruatarwanabanyigihugucurwanda Ntahuharihariniyombari
23 Nyakanga 2016, 09:52, par DIYODONE
NONE BUSOKOZA ATARIMUBURUNDI ARIHE MURAZIYARI CANKE YAKOZE IKI
23 Nyakanga 2016, 10:11, par IMWARO
ABO NIBIGUGU KUKI BADAKORESHA UMUTWE WABO CANKE NTIBIZE CANK BARONDERE TUBAHANE IYO MIHIMBIRI IGOMBA KUDUCANISHAMWO
23 Nyakanga 2016, 15:51, par Canada
mbe uburundi buganahe!?jew mbon twes dupfa ubusa kuk kwic ntac bimaz kuk naw maruhir uzicw rer nibarek kutotez uwo mutama kanatsind ntag ar iyo muburundi bwany gs imis irasa arik ntingan ahur haraband knd hazoza aband kuk uburund sitongo so waw yasiz akuraz uburund turabusangiy
26 Nyakanga 2016, 22:39, par Vyanda
Kubwishavu Ninzigo Mfitiye Abatutsi Sinovugavyishi Ark Musokoza Nyaguskzanyinamumagur Aragapfayisokozamunyo Azapfeyangr Cambucuwund Iyomusiga Muturiyeninzu Uryamwicanyi Abatutsintibazofa Bahevye Inzigo Nabanyenzigo Kandi Banyegeyegoose Utabazi Urabambazajetubana
26 Nyakanga 2016, 22:44, par Kanuma
Musokoza Akwiye Guturirigwa Mumwobowenyene Yiyubakiye
4 Gitugutu 2016, 06:31, par Toto
Uwomuhimbiri yiyita Vyanda ngo icomuha Nyakubahwa busokoza,womugiragute wabwebwewe. urabesha ntabatutsi uzomara, ahubwo ugiye gupfa usara.