Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarundi 12 bafashwe bariko biyandikisha ko ari abatanzaniya
Abarundi 12 bafashwe bariko biyandikisha ko ari abatanzaniya
lundi 23 avril 2018
Imboneshakure ITV imenyesha ko, 12 muri abo bafashwe bariko biyandikisha mu bitabo nk’abatanzaniya, kandi ari abarundi, ivyo navyo bikaba bidahuye n’amategeko y’igihugu ca Tanzaniya.
Ayo makuru y’imboneshakure ITV, amenyesha ko abandi barundi 18 bafashwe mu gihe bariko bakora ibikorwa vyo kurima mu matongo ya Tanzaniya, mu karere ka Geita badakurikije amategeko.
Mu gihugu ca Tanzaniya hariyo abarundi batari bake baharurwa mu bihumbi, bamwe muri abo bari mu makambi y’impunzi, abandi bariyo nk’abagiye guca ingero.
MUGISHA Van Naris
Messages
23 avril 2018, 13:20, par Gerard Mungu Anaweza
Emwe Nibagerageze Gutuza Ubwo Bubisha.
23 avril 2018, 21:55, par Ongo
Tunakula Tunakunywa Katika Kakuzaliwa Kwetu.Tatitizo Sio Wa Rundi Uumasikini Ndio Wunasababisha.Laki Tunasema Hivi Nubwo Bimeze Uku.<< Ejo Ni Heza>>.