Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abarundi indwi bahungiye mu Rwanda barengukishijwe muri Sentare - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Abarundi indwi bahungiye mu Rwanda barengukishijwe muri Sentare

Abarundi indwi bahungiye mu Rwanda barengukishijwe muri Sentare

vendredi 28 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Abarundi indwi b’impuzi zo mw’ikambi y’i Mahama mu gihugu c’Urwanda bakurikiranwa ku vyaha bagirizwa vy’ugucuruza hamwe n’ugukoresha ibiyovyabwenge bigizwe n’urumogi barengukishijwe muri Sentare. Abo barundi baburanishijwe kuri uwu wa kane.

Muri abo baburanishirijwe mw’ikambi y’impunzi i Mahama, batanu bakurikiranwa ku caha c’ukudandaza hamwe n’ukunywa ibiyovyabwenge. Uwundi yaburanishijwe ni umugore yagirizwa ko yaturiye umwana wiwe n’icuma gishushe mu gihe yariko aramuhana, hamwe n’uwundi musore akurikiranwa ku caha c’ugukubita n’ugukomeretsa mugenzi we.

Abakurikiranwa ku vyaha vy’ugucuruza ibiyovyabwenge bisiguye bavuga ko batari bazi ko ari icaha mu Rwanda, nayo ababinywa bavuga ko babiterwa n’ukuba bashaka kwiyibagiza ibibazo baba barahuye navyo nk’impunzi.

Muri batanu bakurikiranywe ku caha co gucuruza ibiyovyabwenge, umwe gusa niwe wenyene yaburanye atemera icaha co gutunga no kunywa urumogi, abandi bose baburanye bemera icaha ariko basaba ko bogabanirizwa ibihano.

Abafasha kuburanira izo mpunzi z’Abarundi babwiye sentare ko ikwiye gufata ingingo ishingiye ku buzima hamwe n’ibihe izo mpunzi zibayemwo, ariko arivyo bishobora kuba vyaratumye banywa ibiyovyabwenge kandi batabishaka. Abo bashingwamanza nabo basavye ko ibihano vyogabanurwa ku bazokwagirwa n’ivyo vyaha.

Sentare izosoma ingingo zafashwe kw’igenekerezo rya 10 Rusama 2017, aho nyene mw’ikambi y’impunzi i Mahama, mu Rwanda.

Ishama ry’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi (HCR) rihamagarira Abarundi bari mw’ikambi i Mahama, kwirinda gucuruza, gutunga, hamwe n’ukunywa ibiyovyabwenge, kuko bibakwegera mu bindi vyaha bituma bashirwa mu mabohero.

IGIHE

Messages

  • Eheeee Bari Baziko Igihe Biga Kubinywa Bari Mumigumuko Bari Baziko Atankurikizi Izobamwo? Kubitangura Biroroshe Ariko Kubiheba Biragoye. Barawuciye Ngo Agatoki Kamenyereye Gukomba Kama Gahese. Mwari Muziko Arubuhizi? Hamagara Sinduhije Yabibigishije Abasabire Imbabazi. Muntohoreze Ko Yambwa Wakera Atayirimwo Iyosi Iburundi Twarababwiye.

  • Nimureke Kwiyica Mumitwe Ngomuriko Mwiyibagiza Ivyomwaciyemwo!Icibagiza Vyose Nukwizera Imana Ivyakera Ibihindura Bishasha,imibabaro Ikayihindura Umunezero!Ndabifurijw Kuganzwa N Imana!

  • Barundi bene wacu,turabifurije gutahuka mugihugu c,amavukiro,ubuhungiro nibubi!Baza umutima wawe hama wiyishure.None nkabo mubona bazize iki?nimutahuke kuko uburundi n,ubwacu twese .

  • nibabinwerahonyene kuko ibyobanwa nibyobanwanibyobyatumye bagira imigumuko abonabash bademokarashi

  • Ndongey kumenyesha mwese dusangiy urubuga ko uwiyita WAKERA yihaye gutyoza inzego zitorewe n,abanyagihugu mu Burundi , asigaye akoresha izina ryanje bita MEDIATOR . mumwamirire kure kuko Jew ngwanya imvugo z,abansumirinda bahagurutse berekana amakosa akogwa na Leta bakibagira amabi yakozwe kuva u Burundi bwikukira aho habaye kugandagura abantu atacamira , gukumira bamwe mu nzego z,umutekano , kugandagura President Ndadaye nabafasha biwe n,ibindi !!! Wakera rero afise agahinda ko kuba twarabisezeye kandi turiko twitunganiriza igihugu .Mumumenye igihe cose aziyita Mediator bisigura umuhuza mumwiyamirize!!!!!

  • Hhhh nibakanirwe urubakwiye baboneko u Rwanda atari u Burundi bakoraga ibyo bashatse

  • Hhhh nibakanirwe urubakwiye baboneko u Rwanda atari u Burundi bakoraga ibyo bashatse

  • Hhh abarundi baransetsa ubwo baziko hano mu Rwanda ko ari iburundi niba aricyo cyabazanye babasubize iwabo nako nibisubizeyo kuko nibo bizanye kuko nibo ndaya zambere hano mu Rwanda ewe nibo basinzi barenze abandi cyakora a bacuruza inzoga babonye isoko

  • Erega kuba twarabahaye ubuhungiro ntibivuze ko twabahaye ni ILIGALA RYO GUCOMERAMO GANJA !!! niba aricyo cyatumye muza mu Rwanda musubire iwanyu muge kubinywera kwa so wanyu Nkurunziza

  • mubahane bimwe biboneka kuko nimuborohera ejo bazajya mumihanda nkakurya babigenzaga iwabo. iwabo president wabo yabahaye umudendezo urenze ukenewe bakora ibyo bashatse byose. hano muRwanda suko,abantu bose bagira umurongo ngenderwaho niho dukura amahoro n’iterambere tugezeho. naho abo barundi bamenyereye akajagari kubashyira kumurongo bisaba kutajenjeka nagato.

  • @mediator.Namaze kumenya yuko Wakera ari hano mububiligi. Inzegi zibishinzwe nizikore akazi

  • hhhhhhhhhhgh mu mategeko btawitwaza ngo ibi sinarinzi ko ari icyaha . kuba twarabahaye ubuhungiro nugomba kubahiriza amategeko yo mu rwanda apana iburundi. iwanyu wenda kunywa imogi murabyemerewe.

  • Nkurunziza Pierre nakore bwangu atware izi ndaya ze n’abacuruzi b’urumogi. Ubu bari kutwangiriza igihugu bo kanyagwa kandi iwabo hari amahoro.

  • Raba Mumubise.Buryarabatanguy,mutamubishijenaho Sumwana Arabereka.Cankab Nukubabeshera Usanga Arab Yarungitse Guteruburundi Baratinya Kukwibukayo Bagenzibab Babony Mukayanza?Sha Nub Abarund Turimaso Nabahende Abarungike Kurisongoy.

  • kuba,urimpuzi,nukwitonda,kuko,ibibazo,nivyi,uba,warabonye,mubuzima

  • twihanganiye uburaya bwabo birirwamo none tunihanganire urumogi IGIHUGU CYACU KIBE MW"IRIGARA kandi twari twifitiye amahoro niba aribyo nibasubire iwabo wajyane izo ngeso mbi mugihugu cyabo twe mu Rwanda suko turera

  • ge narabivuze nti aba Burundi bazadukururira ishyano Impamvu1-Nibo birirwaga babeshyera u Rwanda ko rubinjiza mu gisirikare cyo gutera i Burundi !!! Ge nkibaza nti Ninde wababeshye ko u Rwanda rwabuze abasore bo kurwana urugamba? Nkanibaza nti Rwanda rwajya kwiyambaza impunzi zabarundi kuko haba habuze iki? Kandi naziriya ubwazo zarishwe n’urumogi zamara kuruhaga zavangiwe mumutwe kubera izo mojyi zigatangira ngo bari kuzijyana mu gisirikare kungufu!!!! 2-izi mpunzi iyo zabonaga uburyo zigera mu Bindi bihugu zabeshyaga ko ziri guhunga ziva mu nkambi zabamo zo mu Rwanda ngo kuko bari kuzitegeka kujya mu gisirikare ngo kandi zitabishaka ,,,,,, nyamara zikabeshyera u Rwanda rwacu rw’amahoro rutemba amata n’ubuki ...

  • Mubazinutswe vuba na vuba mubahamagara ngo nibate izabo niho ikibazo ca 3eme mandat kizogira inguvu mwagira ngo ntngaruka mbi zizokurikira. Bati kuva babaho ntbari bwanywe urumogi, nibindi bibi muzovyiga si murwanda. kumurundi urwanda bisigura induru, urwamo, amatati mumajambo make ingorane. kuva muri kahise ingorane uburundi bwagize zazananye hakurya yakanyaru.

  • Niyumvire Uyo Mutama Turazi Yoyadukuye None Niyo Agomba Adusubize Raba Benewacu Bataye Abavyeyi Babo Nabavyeyi Bata Abana Babn Nicokituma Baca Baitamwo Kunyaurumogi Turakunda Umugambwe Wacu Kuko Wadukuye Kure Mugani Ahidure Ivyuyumviro?

  • Muri abo bacuruza urumogi ubanza ya mpene yitwa WAKERA irimo. Kuko nayo yibera i Mahama.

  • @uwiyise Trump, igihe mwajagutera Congo, ntihariho aba Congoman mwahenze bakaza mugafatikanya gusenyagura igihugu cabo?
    Urazohenda abazungu nayo umwana wumurundi ntuzokwibeshe ngudambkanye nkukwo.

  • Amakosa nibisanzwe mubana bamuntu.mwebwe muvuga uwabagenzura neza yasanga murabere?? Plz stop such poisonous thoughts. Remember you are all living for just short time. Imana ijye infasha gukunda abantu Bose.

  • u Rwanda si poubelle , abantu bikora ivyo bashaka vyangiza societe yabo. hari abarundi benshi (99%) bahahungiye kandi bitwara neza cyane bafise akarango kumbure barusha nabasigaye hano mu burundi. So bariya niba barakoze amakosa bari bamenyereye ko i Burundi bavyikora ntibitabe sentare mu Rwanda siko biri. bazohanywa nkabandi bantu bose bakoreye icyaha kubutaka bw’u Rwanda

  • Bibabarek batahe muburundi,namahor natwe turimuburundi,ntanez yoguhung igihug cakuryay,uryand ntirubakund kuk nibabarungik igihug kibacir urubanz,ugab ataris aba ubon agater?

  • Bibabarek batahe muburundi,namahor natwe turimuburundi,ntanez yoguhung igihug cakuryay,uryand ntirubakund kuk nibabarungik igihug kibacir urubanz,ugab ataris aba ubon agater?

  • BARUNDI BENE WACU, MUSUBIZE AGATIMB MPEMBERO MUSABE BABATAHANE. NTAMPUNZI YUBAHWA, BAZOBACURA BUFUNI NA BUHORO KUZOGEZA RYARI? NI MWIKEBUKE.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.