IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abatamenye ikibazo ca Reta c’igice ca mbere c’ishure nshingiro basaba (...)

Abatamenye ikibazo ca Reta c’igice ca mbere c’ishure nshingiro basaba insiguro

mercredi 24 Rusama 2017

Mu gihe mu gice ca gatatu c’umwaka w’ishuri ariho bitegekanijwe ko abanyeshuri bahejeje igice ca mbere c’ishuri nshingiro bakora ikibazo co kwinjira mu gice ca kabiri,abo banyeshuri bavuga ko bafise amakenga kuko batazi ko bari ku ntonde z’abanyeshuri bazokora ikibazo.

Bamwe muri abo banyeshuri bavuga ko ata nkuru n’imwe bazi ku bijanye n’isango ryo gukorerako ikibazo canke nimba ikibazo bazokora kizoba ari ikibazo c’abanyeshuri bahejeje umwaka w’icenda w’ishuri nshingiro.

Abo banyeshuri biteze gusubiramwo ikibazo basaba ubushikiranganji bw’indero kumenyeshwa isango ryo gukorerako ico kibazo, kugira bamenye uko batangura kwitegura.


Mugisha Van

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.