Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
"Abiyumvira Reta y’imfatakibanza ni nk’ukurota" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > "Abiyumvira Reta y’imfatakibanza ni nk’ukurota"

"Abiyumvira Reta y’imfatakibanza ni nk’ukurota"

lundi 27 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, Gaston SINDIMWO amenyesha ko abibaza ko bashobora guhindura inzego zitwara Uburundi babicishije mu muganiro bibera i Arusha ari abariko bararota.

Kubwa Gaston SINDIMWO, iciyumviro c’ugushiraho Reta y’imfatakibanza ni indoto kuri bamwe, akavuga ariko ko mu mugambwe UPRONA batabishigikiye.

Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu yabishikirije kuri uwu wa gatandatu mu ntara ya Rumonge, imbere y’abanywanyi b’umugambwe UPRONA bari baje guhimbaza isabukuru y’ukwibuka imyaka 55 iheze umugambwe UPRONA utsinze amatora y’abashingamateka mu mwaka w’1961.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.