Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afganistani : Ishuri rya gisirikare ryatewe n’abitwaje ibirwanisho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Afganistani : Ishuri rya gisirikare ryatewe n’abitwaje ibirwanisho

Afganistani : Ishuri rya gisirikare ryatewe n’abitwaje ibirwanisho

lundi 29 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko amasase n’amabombe yumvikanye kuri iyo shure ya gisirikare, iri I Kabul, ku murwa mukuru wa Afganistani.

Ayo makuru nyene, amenyesha ko ico gitero kije gikurikira icahitanye abantu benshi cane gusumba abapfuye muri iyi myaka iheze, cahitanye abantu barenga 100 ku wa gatandatu.

Ico gitero co ku wa gatandatu cagizwe hakoreshejwe imodoka itwara abarwayi yashizwemo amabombe.

Gushika ubu,abarwanyi b’umurwi wiyitirira Reta ya ki Islam ,Islamic State n’aba Talibani ni bo baguma bagira ibitero mu turere dutandukanye muri ico gihugu ca Afganistani.
Abarwanyi b’abatalibani bavuga ko ari bo bagize ivyo bitero ko ari bibiri.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.