Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo : Aba Islam babiri bishwe bacumiswe uwundi arakomereka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo : Aba Islam babiri bishwe bacumiswe uwundi arakomereka

Afrika y’Epfo : Aba Islam babiri bishwe bacumiswe uwundi arakomereka

jeudi 14 juin 2018

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko uwo yagize ico gitero, yari yitwaje inkota, yaje igihe abantu bari bakoraniye ku musigiti wa Malmesbury, mu buraruko bw’igisagara ca Cape Town isaha icenda z’ubucagucagu.

Iradiyo BBC, imeneyesha ko umukuru w’igiporisi Henry Durant yabwiye Africa’s News ko uwakoze ubwo bwicanyi yaje yiruka aca atangura gucumita abantu, kandi ko yoba ari umunyamahanga.

Lt Col Andre Traut avuga ko uwo yakoze ubwo bwicanyi yashatse kugwanya abaporisi bariko baramugondoza ngo yishikane, baca baramurasa aca yitaba Imana.

Ishirahamwe ry’aba islam mu gihugu ca Afrika y’Epfo, bavuze ko bababajwe n’ico gitero, ko kandi hejuru y’abapfuye hari n’uwundi mugabo yakomeretse.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.