Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo : Jacob Zuma yasavye kwongerwa mezi atatu kugira ave ku (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo : Jacob Zuma yasavye kwongerwa mezi atatu kugira ave ku (...)

Afrika y’Epfo : Jacob Zuma yasavye kwongerwa mezi atatu kugira ave ku butegetsi

mardi 13 février 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko umunyamabanga mukuru wa ANC, Ace Magashule, yavuze ko Jacob Zuma asa n’uwemeye kuva ku butegetsi, ngo ariko ashaka kuba arabugumyeko ayandi mezi atatu canke atandatu.

Ace Magashule yavuze ko abakuru mu mugambwe bumva ko umukuru w’igihugu Jacob Zuma yari akwiye kuva ku butegetsi vuba bishoboka ku neza y’igihugu ca Afrika y’Epfo.

Yavuze ko umurwi nyobozi ku rwego rw’igihugu ushaka ko umukuru w’umugambwe ANC, Cyril Ramaphosa, aca aba umukuru w’igihugu.

Jacob Zuma ariko agerageza kuguma ku butegetsi naho yagirizwa igiturire ku rwego rwo hejuru.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.