Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo: Umukuru w’igihugu aragirizwa gukorera mu kwaha kwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo: Umukuru w’igihugu aragirizwa gukorera mu kwaha kwa (...)

Afrika y’Epfo: Umukuru w’igihugu aragirizwa gukorera mu kwaha kwa Guptas

samedi 3 Ruheshi 2017

Umugambwe ANC uvuga ko ibivugwa ku mukuru w’igihugu Jacob Zuma bituma abanyagihugu bakura icizere kuri Reta,kandi ibivugwa bitari bikwiye gushika mu banyagihugu.

Haraheze indwi imwe gusa, umugwi nyobozi w’umugambwe ANC uhejeje kwiga kazoza k’umukuru w’igihugu Jacob Zuma wafashe ingingo yo kumugumiza ku burongozi bw’umugambwe.

Jacob Zuma amaze guhakwa gukugwa n’abo bari kumwe mu mugambwe ANC incuro nyinshi,uwuzomusubirira bitegekanijwe ko azotorwa mu kwezi kwa Kigara 2017.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.