Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo : Umukuru w’igihugu mushasha yiyemeje kurwanya igiturire - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo : Umukuru w’igihugu mushasha yiyemeje kurwanya igiturire

Afrika y’Epfo : Umukuru w’igihugu mushasha yiyemeje kurwanya igiturire

vendredi 16 février 2018

Mw’ijambo yashikirije inama nshingamateka haheze umwanya muto atowe, Cyril Ramaphosa, yavuze ko azokorana n’imigambwe yose mu gutezaimbere ubuzima bw’abanyagihugu.

Umukuru w’igihugu mushasha wa Afrika y’Epfo, yiyemeje kandi gukora yivuye inyuma kugira ntaze ahemukire abanya Afrika y’Epfo.

Cyril Ramaphosa, ari nawe arongoye umugambwe uri ku butegetsi ANC kuva mu kwezi kwa cumi na kabiri, ashikiriye ubutegetsi igihugu kiri mu bibazo vy’ubutunzi hamwe n’ukutumvikana mu mugambwe uri ku butegetsi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.