Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Akadiho na LUMITEL : Ryohera abaguhamagaye mu gushiramwo akaziki - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > Akadiho na LUMITEL : Ryohera abaguhamagaye mu gushiramwo akaziki

Akadiho na LUMITEL : Ryohera abaguhamagaye mu gushiramwo akaziki

jeudi 31 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ico gisata Akaziki ca Lumitel gikoreshwa n’abanwanyi bose bavyipfuza, basanzwe bakoresha umuhora.

Mu gutangura gukoresha ico gisata, fyonda *800# hama muhitemwo 1. Nayo uwipfuza akaziki asanzwe azi aho gaherereye, afyonda *800*10*inomero#.

Muri ico gisata, mushobora no kwironkera Akadiho kadasanzwe (Special), aho
muronka utuziki dutatu (3) mukunda, natwo tukaza turahindagurika uko indwi
iheze.

Mu kuronka akadiho kadasanzwe (Special), fyonda *800*13#. Mukamenya ko ico gisata kirihishwa amafaranga 10 y’amarundi (10 Frs Bu) ku ndirimbo muronse ku munsi. Mufise ico mubaza, hamagara igisata gifasha abanywanyi ku nomero 100.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.