Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Alexis SINDUHIJE yashize ahabona ivyotuma amahoro aboneka mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Alexis SINDUHIJE yashize ahabona ivyotuma amahoro aboneka mu (...)

Alexis SINDUHIJE yashize ahabona ivyotuma amahoro aboneka mu Burundi

mardi 4 Mukakaro 2017

Mu rupapuro rw’inzira umukuru w’umugambwe MSD yashize ahabona rwofasha Uburundi kuronka amahoro, amenyesha ko ibiganiro vyotunganywa vyofasha gutorera umuti ikibazo c’impunzi zahunze igihugu, amaradiyo yigenga agasubira gukora kugira abantu bose baronke aho bavugira.

Umukuru w’umugambwe MSD avuga kandi ko mu gihe hoba hakiri abapfunzwe bazira ivyiyumviro vyabo vya poritike bigoye gushimangira ko amahoro ashoboka mu Burundi, akavuga abicishije muri urwo rupapuro rw’inzira ko ibiganiro vyokwisunga kandi irekurwa ry’abapfungiwe ivya poritike.

Alexis SINDUHIJE arongoye umugambwe MSD avuga ko inyuma y’ingendo yakoze asigura ibiri muri urwo rwandiko rwerekana icofasha Uburundi kuva mu ndyane za poritike, aho yaciye barushimye.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.