Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Aloys BARICAKO yumvirijwe irigira kabiri n’igendereza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Aloys BARICAKO yumvirijwe irigira kabiri n’igendereza

Aloys BARICAKO yumvirijwe irigira kabiri n’igendereza

samedi 31 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Ku ncuri igira kabiri, Aloys BARICAKO, umukuru w’umugambwe RANAC yafashwe kuri uwu wa gatanu mu gihe yari yatumweko guhabwa Terefone ziwe ngendanwa zari zafashwe n’igendereza. Ashitse hafi y’ahakorera igendereza i Bujumbura, Aloys BARICAKO yaciye asubira gufatwa, yumvirizwa irigira kabiri. Yarekuwe nk’igihe c’isaha icenda z’umurango, ariko Terefone ziwe akaba atazihawe, akaba azosubira kwitaba niyatumwako.

JPEG - 107.3 ko
Aloys BARICAKO, umukuru w’umugambwe RANAC

Aloys BARICAKO yumvirijwe irigira kabiri mu gihe uwutwara umugambwe arongoye mu ntara ya Muramvya, Daniel MANIRAKIZA apfunzwe nawe nyene, mu giporisi bakamenyesha ko yagirizwa ugushaka guhungabanya umutekano w’igihugu.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.