Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : Hatanguye kwibazwa vyinshi k’ukutaja ahabona kwa Melania (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Hatanguye kwibazwa vyinshi k’ukutaja ahabona kwa Melania (...)

Amerika : Hatanguye kwibazwa vyinshi k’ukutaja ahabona kwa Melania Trump

mercredi 30 mai 2018

Amakuru dukesha ikinyamakuru Parismatch.com amenyesha ko ,Melania Trump, aheruka kuja ahabona kw’igenekerezo rya 10 Rusama 2018, igihe Amerika yakira abapfungwa batatu barekuwe na Koreya yo mu Buraruko.

Ayo makuru nyene, amenyesha ko kuva ico gihe, Malania Trump yaciye aja mu bitaro vy’abasirikare Walter Reed National Military Medical Center, aho bamubaze ifyigo.

Umuvugizi wiwe Stephanie Grisham yasohoye itangazo avuga ko Melania Trump, yagiye kwa muganga kwivuza ariko ko, vyagenze neza, kandi ko ameze neza, ku bavuga nabo ko ubuzima bwiwe bubangamiwe ari ibinyoma.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.