Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : Igitabo "Fire and Fury" catanguye kugurishwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Igitabo "Fire and Fury" catanguye kugurishwa

Amerika : Igitabo "Fire and Fury" catanguye kugurishwa

vendredi 5 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko amazu adandaza ibitabo muri Amerika, yavuze ko ico gitabo kiriko kironderwa n’abantu benshi haraheze iminsi ine.

Ayo makuru ya BBC amenyesha ko,umukuru w’igihugu ca Amerika Donald Trump yiyamirije ico gitabo yise ic’ibinyoma, yiyamiriza n’uwacanditse, mu majambo yashikirije ashavuye cane.

Umukuru w’igihugu Donald Trump, yavuze ko ico gitabo cuzuyemwo ibinyoma,kandi ko atigeze aha uwacanditse uburenganzira bwo kwinjira mu biro vy’umukuru w’igihugu, White House.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.