Home > Amakuru > Mu makungu > Amerika: Umukuru w’igihugu yatangaje ’’ Amerika Nshasha’’
Amerika: Umukuru w’igihugu yatangaje ’’ Amerika Nshasha’’
Wednesday 31 January 2018
Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko iryo jambo ryumvirijwe cane, kandi n’abantu benshi, akaba yavuze koyugururiye amarembo abari mu mugambwe wabademokrate kugira bakorane bafatanye mu nda.
Donald Trump yavuze kandj ko,yatanze itegeko ko ibohero rya Guantanamo riguma rikora, mu kuburizamwo itegeko ry’uwahora atwara igihugu Barack Obama ryo kwugara iryo bohero ritumvikanwako na bose.
BBC ivuga kandi ko, umukuru w’igihugu yemeje ko ubutunzi bwa Amerika bwiyongereye cane, naho ibikorwa vy’umukuru w’igihugu bidashimwa na benshi.
MUGISHA Van Naris
Forum posts
31 January 2018, 14:09, by philemon kazungu
tumushimiye KO a-ha ikaze nabo badasangiye umugambwe kuko Bose nabene gihugu,nubihugu vyacu bihigire
1 February 2018, 20:13, by Uwimana Nadia
ARakwiy Kwikebuk Kuko Atukana Can Aho Yariremy?