Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : Umunyamabanga mukuru wa Reta yakuwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Umunyamabanga mukuru wa Reta yakuwe

Amerika : Umunyamabanga mukuru wa Reta yakuwe

mardi 13 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Umukuru w’igihugu ca Amerika Donald Trump aremeza igenwa rya Mike Pompeo, abicishije ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe rwa Twitter, nk’uko vyemezwa n’ikinyamakuru « Washington Post ».

JPEG - 34.9 ko
Rex Tillerson yahora ari umunyamabanga mukuru wa Reta ya Amerika

Gina Haspel nawe yaciye atorwa kuba umukuru w’urwego rwa CIA asubirira Mike Pompeo. Abaye umukenyezi wa mbere atwaye urwo rwego muri Reta zunze ubumwe za Amerika.


Callixte NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.