Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubwongereza : Abarenga imiriyoni 45 bitezwe kwitaba amatora y’abashingamateka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubwongereza : Abarenga imiriyoni 45 bitezwe kwitaba amatora y’abashingamateka

Ubwongereza : Abarenga imiriyoni 45 bitezwe kwitaba amatora y’abashingamateka

jeudi 8 Ruheshi 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko abashingamateka bashika 650 aribo baza gutorwa n’abantu bashika imiriyoni 46,9 bari biyandikishije kugira bitabe ayo matora ariko ibice bishika 16 kw’ijana vy’abantu baramaze gutora biciye ku buryo bwa posita.

Ibiharuro mfatakibanza yivyavuye muri ayo matora bizomenyekana kuri uno wa kane, ibiharuro burundu navyo bizoshigwa ahabona ku mutaga wo kuwa gatanu igenekerezo rya 9 Ruheshi 2017.

Mwomenya ko amatora y’uno mwaka yitabiriwe n’abantu benshi ugereranije n’abitavye amatora mu mwaka wa 2015 aho abari bayitavye bashika imiririyoni 46,4.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.