Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Angola :Joao Lourenco yimitswe mu mabanga y’umukuru w’igihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Angola :Joao Lourenco yimitswe mu mabanga y’umukuru w’igihugu

Angola :Joao Lourenco yimitswe mu mabanga y’umukuru w’igihugu

mardi 26 Nyakanga 2017

Joao Lourenco yatsindiye kuba umukuru w’igihugu aserukiye umugambwe wa MPLA warusanzwe urongowe na Jose Eduard Dos Santos yaramaze imyaka 38 atwara ico gihugu.

Amakuru ava mu bakwirikirana hafi poritike yo mu gihugu ca Angola avuga ko Dos Santos azogumana ububasha bunini mu mugambwe wiwe aho azoshobora no kugena umukuruw w igisata c’igiporisi hamwe n’umukuru w’intwaramiheto w’ico gihugu.

Bimwe mu bidashimwa na benshi aho muri Angola nuko Dos Santos yashize abana biwe mu bisata bikomakomeye vy’igihugu vyinziza ubutunzi harimwo umukobwa wiwe asanzwe ari uwambere atunze ku rwego rwa Afirika Isabelle Dos Santos.

Mwomenya ko umugambwe MPLA watanguye gutwara ico gihugu kuva uronse intahe yo kwikukira mu mwaka w’i 1975.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.