Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ashley muri "My Level" ati:" Erega mukobwa nta n’ubwiza ufise" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Ashley muri "My Level" ati:" Erega mukobwa nta n’ubwiza ufise"

Ashley muri "My Level" ati:" Erega mukobwa nta n’ubwiza ufise"

lundi 4 Nyakanga 2017

Inyuma y’igihe kitari gito abakunzi biwe batumva indirimbo ziwe, Ashley yaciye asohora ururirimbo ruri mu mudiho wa HipHop yise "My Level", ruririmwo amajambo yumvikana ko ari ubutumwa ariko yerekeza ku muntu.

Ashley tumubajije uwo yashatse kubwira, atubwira ati:" Bibwirwa benshi bikumva benevyo". Naho biri uko, Ashley avuga ko abo bamutera utujambo atari bo bamutumye asohora urwo ruririmbo. Nk’uko avyivugira, kudasohora indirimbo vyatumwe n’uko yari afatiriwe n’ibindi bikorwa.

Muri "My Level", Ashley ati:"Ntuzigera ushika aho ngeze, ntuzigera unshira hasi ". Arongera ati:" Erega raba mukobwa nta n’ubwiza ufise... jewe ni Nick Minaj nawe uri Lady Gaga . "

Tubibutse ko Ashley amaze igihe ari mu gihugu ca Kenya aho asanzwe akorera ibikorwa vy’umuziki n’ibindi bikorwa .

Umviriza aha munsi ururirimbo "My Level" rukozwe mu mudiho wa HipHop


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.