Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Australia : Bamwe mu banonotsi bava mu Buganda n’Urwanda baburiwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Australia : Bamwe mu banonotsi bava mu Buganda n’Urwanda baburiwe (...)

Australia : Bamwe mu banonotsi bava mu Buganda n’Urwanda baburiwe irengero

jeudi 12 avril 2018

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko abatunganije iryo higanwa bavuga ko harimwo abava mu gihugu c’Urwanda n’Ubuganda, kandi ko batanguye kubarondera.

Bamwe mu banonotsi baburiwe irengero

Ayo makuru amenyesha kandi ko abanonotsi umunani bava mu gihugu ca Cameroun , hamwe n’abandi babiri bava muri Sierra Leone nabo baburiwe irengero, ariko bariko barabarondera.

Ntibibaye irya mbere aho abakinyi bitavye iryo higanwa bagenda bakaburirwa irengero, kuko mu mwaka wa 2000, mu nkino zo kunonora imitsi zabereye mu gisagara ca Sydney, abanonotsi barenga 100 bararengeje ikiringo bari barekuriwe co kuba mu gihugu ca Australiya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.