Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Australiya : Icegera c’umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Australiya : Icegera c’umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho

Australiya : Icegera c’umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho

vendredi 23 février 2018

Amakuru dukesha itorokanirizo ry’amakuru Reuters,Barnaby Joyce, afise imyaka 50 y’amavuko, akaba yari amaze imyaka 24 yubatse ,naho yahavuye yahukana n’umukenyezi wiwe, bafitaniye abana bane.

Amakuru atangwa n’iryo tororokanirizo, avuga ko, ku munsi wa mbere uza igenekerezo rya 26 Ruhuhuma 2018,ariho azokurwa mu mugambwe yari ahuriyemwo n’umushikiranganji wa mbere Malcolm Turnbull.

Icegera c’umushikiranganji wa mbere Barnaby Joyce ashikirije iyo ngingo, hari haheze igihe asabwa gutanga imihoho, kuko yakundanye n’umwe mu bakozi biwe, afise imyaka mirongo ibiri 20 y’amavuka.


Callixte Carpe Ndikumana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.