Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Babiri bitavye Imana, 35 barakomereka mu gitero ca (...)
Kayanza : Babiri bitavye Imana, 35 barakomereka mu gitero ca gerenade
dimanche 22 avril 2018
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza, Pierre NKURIKIYE, akemezwa n’abajejwe intwaro aho muri komine Gahombo, amenyesha ko iyo gerenade yatewe ahantu hahurira abantu benshi.
Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza, yemeza ko icatumye iyo gerenade iterwa camaze kumenyekana.
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga Ibiza yemeza kandi ko uwikekwa gutera iyo gerenade hamwe na babiri bafadikanije bamaze guhagarikwa.
MUGISHA Van Naris
Messages
22 avril 2018, 12:30, par osias irakoze
ndumva ari hatari kbx mu ntara yacu
22 avril 2018, 13:40, par Jonas
Sizone mbirizi nizone gahombo kosora.
28 avril 2018, 21:34, par Naassor Seleman
Abahinga Bibirere Ntiboza Batumenyesha Imvura Izakugwa Ingen Ingana Nukuri Amazu Yaheze.