Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bamwe mu barimyi b’ikawa ntibarahabwa amafaranga yabo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > Uburimyi > Bamwe mu barimyi b’ikawa ntibarahabwa amafaranga yabo

Bamwe mu barimyi b’ikawa ntibarahabwa amafaranga yabo

mercredi 26 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Joseph NTIRABAMPA umukuru wa CNAC-Murima w’Isangi avuga ko muri urwo runani bazi ko hari abarimyi batarahabwa amafaranga y’ikazwa bashoye, ari naco gituma hari bamwe mu barimyi bavuga ko batarariha amafaranga basabwa n’ubushikiranganji bw’uburimyi kugira baronswe ifumbire.

Umukuru w’urwo runani asaba abo basanzwe bakorana ko bogira ibishoboka vyose, bakurikirane ko hoba hari abadandaza bagurira abarimyi ikawa ku mafaranga make.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.