Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ban Ki-Moon yasezeye mu mabanga yo kurongora ONU
Ban Ki-Moon yasezeye mu mabanga yo kurongora ONU
samedi 31 Kigarama 2016
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki-Moon yasezeye abakozi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yongera abashimira ingene bakora ibikorwa.
Mu gihe bitegekanijwe ko amabanga yiwe arangirana n’umwaka wa 2016, bitegekanijwe ko kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2016, Ban Ki-Moon atanguza ibirori bitanguza kwigina umwaka mushashamu gisagara ca New York.
Ban Ki-Moon akaba azosubirirwa na Antonio Guterres yahora ari umushikiranganji wa mbere mu gihugu ca Portugal.
Messages
31 Kigarama 2016, 19:56, par christian
UYONUMUGABO ARAZAKAZI ARAHANURA NTIBUNVA
1er Nzero 2017, 04:19, par Nowera Nimbona
Niyiruhukire amahoro, nugusaza yariyisaziye.
1er Nzero 2017, 09:42, par Eric W’i Makamba
nagende amarembe abisir abandi
1er Nzero 2017, 09:42, par Eric W’i Makamba
nagende amarembe abisir abandi
2 Nzero 2017, 09:56, par Matabaro
Hasigaye yangwe nayo yitwa Nkurunziza ahigenda itaratikiza inganda