Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Basketball : Uko inkino z’igikombe c’umukuru w’igihugu zagenze mu mpera (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > basketball > Basketball : Uko inkino z’igikombe c’umukuru w’igihugu zagenze mu mpera (...)

Basketball : Uko inkino z’igikombe c’umukuru w’igihugu zagenze mu mpera z’indwi iheze

lundi 20 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Imirwi y’Urunani na New Star izwi nk’iyahora iri imbere mu rukino rwa Basket yaratangajwe mu gutsindwa n’imigwi nka Ghymkhana yirahiye Urunani ku manota 52 kuri 47, umugwi wa Kern wirahira New Star ku manota 58 kuri 60, ivyo bikerekana ko imirwi iriko iraja ku rugero rusa n’urungana uravye ubusumbasumbane bw’amanota make barushanya.

Mu migwi yo mu gihugu hagati, inkino zagenze uku gukurikira :

Cankuzo 71 - 33 Messager Ngozi

Friends Team (Ngozi) 59 – 43 Target Intamenwa (Ngozi)

Bururi 73 - 57 Rutana

Gasumo (Mwaro) 74 - 83 Young Eagles (Gitega)

Inkino zigice ca kabiri gishira ica nyuma hamwe n’urukino rwa nyuma zizobera mu gisagara ca Ngozi, ku magenekerezo ya 23 na 24 Kigarama 2017.


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.