Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Basketball: Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi watsinzwe n’Ubuganda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > basketball > Basketball: Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi watsinzwe n’Ubuganda

Basketball: Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi watsinzwe n’Ubuganda

jeudi 16 Ntwarante 2017

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi ukina urukino rw’umupira w’amaboko Basketball watsinzwe urukino rwa mbere mw’ihiganwa rya zone V ririko ribera mu gihugu ca Misiri.

Urukino rwa mbere rwahuje umurwi w’Uburundi na Somaliya ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 14 Ntwarante,umwaka wa 2017 rwaheze umurwi w’Uburundi utsinze umurwi wa somalia .

Mu rukino rwa kabiri rwahuje umurwi w’Uburundi n’uwo Ubuganda ntivyoroshe kuko umurwi w’Ubuganda werekanye ko umenyereye amahiganwa mu gutsinda umurwi w’Uburundi, ku manota 99 kuri 54 y’Uburundi.

Uburundi buri mu murwi wa B ugizwe n’ibihugu vy’Ubuganda hamwe na Somalia, mu gihe uwundi murwi urimwo Urwanda, Kenya, Sudani yo mu bumanuko hamwe na Misiri yakiriye ihiganwa.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.