Accueil > Amakuru > Poritike > Benjamin Mkapa "Abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe n’uguta (...)
Benjamin Mkapa "Abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe n’uguta umutwe"
vendredi 9 Kigarama 2016, par
Umuhuza mu matati y’abarundi Benjamin Mkapa yamenyesheje ko abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe ari ‘’uguta umutwe’’.
Mukiganiro nabamenyeshamakuru murugendo rw’iminsi ibiri mu Burundi,yamenyesheje ko abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe ari ‘’uguta umutwe’’; Yabonanye n’umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza incuro zibiri, abanyepolitike batandukanye n’abandi bafise uruhara mu buzuma bw’igihugu kugira ategure ibiganiro ategekanya mu kwezi kwa mbere.
Ingorane Uburundi burimwo zandurutse ku mpari z’ikiringo c’umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, Abatavuga rumwe na leta bemeza ko giteye kubiri n’ibwirizwa nshinigiro n’amasezerano ya Arusha.
Benjamin Mkapa umuhuza yamenyesheje ko Umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza ari umukuru w’igihugu yemewe, kuko yatowe n’abanyagihugu.
Benjamin Mkapa uti " Abaserukira ibihugu vyabo baraza gushikiriza amakete yabo Pierre Nkurunziza, ONU yaremeje ko ariwe mukuru w’igihugu, None uko guta umutwe ni nyabaki? Turata umwanya ku kibazo carangiye kera"
Yongeye kandi amenyeshako abazokwibataba ibiganiro mukwezi kwa Mbere abaronderwa n’ubutungane bose batarimwo.
IGIHE
Messages
9 Kigarama 2016, 13:44, par willy
abarundi tugenanimama mujeri nazo zizoguma zimaramara nkakubahwa President wacu niwirambire kandi ikomere kumuheto
9 Kigarama 2016, 14:12, par Mpawenimana
Imana Ihezagire Umuhuza Kuko Hamwe Abashatse Guhirika Ubutegetsi Batocirirwa Urubanza Kwoba Ari Gusasira Indava Ubukozi Bwikibi.
9 Kigarama 2016, 14:16, par tijos
Ubuhuza buramunaniye, niyigire kwirirra amafaranga Nkurunziza yamuhaye. Ico nashimye itangazo equipe yiwe yatanze nuko rivugako ikibazo c’abarundi aritwe tuzogitorera umuti. Tugiye kuwuvuguta, ntako tutagize kugira ingorane ziri mu Bndi zitokwira akarere kose ariko ntakundi, b-nabo vyabananiye , ubwo tugiye kwimenya!!! Ariko ntihazogira umuntu numwe yaba wo mukarere cannke mumakungu asubira kuvuga ikintu nakimwe kuvyerekeye uburundi
9 Kigarama 2016, 14:35, par Eric Nduwimana
Ndibaz CNLD yavuniw akagohe Nirek Guta Umwanya Ngwibiganiro Burya Vyarangiye Kuko Barazi Kwaribo Bashats Gutembagaza Ubutegetsi Mukapa Yavuga Nuko Abwira Intumva!
9 Kigarama 2016, 14:59, par Mutaga
Babwire mutama abo bapfayongo. Icyo basigaje nugutaha i Burundi. Uwambere Ntibantunganya
agiye kubajya imbere maze bamukurikire. Isango ni dimanche 11/12/2016.
9 Kigarama 2016, 15:06, par gipara
Tanga imihoho kakunaniye ahubwo utaza kutwunga waje kuturyanisha kandi ntagitangaje uravye igihe wamaze wibereye mukavaziko ibintu biriko biracika kandi watorewe guhuza vyari vyagaragaye kera ikibabaje ningene warinze guta umwanya wawe kandi waruziko utari umuhuza ahubwo Uri kuruhande rwareta ukabura kubivuga kare ngwabantu bamenye izindi ngingo bafata nukuvuga ko ntusuzuguye abanyepolitike biyamirije ico kiringo ahubwo usuzuguye akarere kagutumye usuzuguye Na makungu hamwe nabakoze ibishoboka vyose kugirango haboneke amasezerano ya rusha
9 Kigarama 2016, 15:30, par CAKIRA
Oyeeeeeeeeeeeee!!vive Binjamin urumugabo peee! ubunaho abari kwakagame mwandika iki?reka twipangire akarere,kagame nawe abe arazezeta,IMANA Irishura vive Binjamin "lafe is simple in BURUNDI BINJOS and PETER!"
9 Kigarama 2016, 15:51, par KAMARI
MUKAPA NTAGISHASHA YARAZANYE AHUBWO NUGUCAHANDI<>
9 Kigarama 2016, 16:02, par muco
ibi avuze ntagitangaza kirimwo. tutirwaniye, ntanarimwe abanya tanzaniya bigeze bahuza badehengamiye kuri dd. ibuka ko no kuri nyerere ariko vyagenze iyo hataboneka mandela. niwe yabaha indaro agaca aza ngo ni umuhuza. ubu ho ngira muravyumvise, raba ico mwokora rero, sinon tuzopfa twese canke duhere mu buhungiro. abo mbwira ngira baravyumva
9 Kigarama 2016, 16:16, par MAHORO
VYARI VYIZA, TUVUGIRE RRO IMFASHANYO ZIGARUKE, TURAREMVYE, ABAVUGAKO ATACO BITUGIZE NIBAMAWE BARYA AMARASO YACU, IKORI RYAMAYIBOBO, IKORI KWIVOKA. AHAAAH KABUTINDI BAGETSE KUBUTSIMBIRI GUTOZA KUNZU KUNZU NGO NIKORI RYINZU. 2020 NIGERE UBU ABAHUTU TURAKWIYE NTABWOBA, AGIRE AVEHO
9 Kigarama 2016, 17:54, par Claude Bigirimana
Ikibwirwa Nicumva Icerekwa Nikibona Nibaze Abontarize Kuvuga Biyumvise
9 Kigarama 2016, 17:55, par Claude Bigirimana
Ikibwirwa Nicumva Icerekwa Nikibona Nibaze Abontarize Kuvuga Kobibiyumvise
9 Kigarama 2016, 18:09, par kenedy
Umugabo Nyamugabo Yamavugukuri Komera Mutama Izo Ntumva Ni Batahe Intahe Ibokere Uworukarisha Rwomumwa!
9 Kigarama 2016, 19:52, par kelly
Mubisanzwe uravye umukino barimwo ba mujeri harigihe ngirango bibaza ko aribo bazi ubwenge gusa ahibambewe umuhutu wo muri 72 atandukanya nuwo muri 2000 hazogera igihe ibijambo bavuga bifatwe nk.ibitito ajo rero.mwari muzi ko aza arigihemu nka babandi mwirirwa mubesha?ivyo mufuruguta vyose mumenye ko.igitsure c.Imana kibariko kandi impera n.imperuka bizobahindukirira abantu.mwakishe kuva muri 1960 kugeza 1993 mumeny ko amaraso yabo yabahumiy mwoshaka mwoza mugasaba imbabazi tukabama nayo kurahira ngo ntamuhutu yobahanura cank yobatwara aho nikwihenda cane kuko Imana mugutanga umugisha ntiraba akazuru cank uburebure ibony ko ubiberey irabiguha.ok bibwirwa benshi bikumva benevyo!
9 Kigarama 2016, 20:04, par Salvator
Uwo birazwi nigikoresho ca DD NA mUSEVENI...KANDI AMATWI ADUSUMIRA nKURUMBI YARAMURABIYE NIKIBIDO CIBEREYE AHO ....TWEBWE TURI KUBUTEGETSI KUGAHATO UKURI TURAKUZIIIIIII pITA YARAMUSHIZE IKUZIMU
9 Kigarama 2016, 20:26, par Umuganwa
Nahora mvivuga abantu baturira abantu n imiduga bimba amabarabara bakerera abatama n ingenzi n abanyagihugu amajosi batera ingenzi nabanyagihugu amazirantoki bibisha inkoho barasa amasoro n ama grenade mu mabar none ababarongoye ngo Bagomba ibiganiro?? Nkurunziza n umumalayika ahubwo, ngabo mu Rwanda police ica abarasa igasigura ko bagomba kuyirwanya naho ngo abatera amakambi bakicwa ngo nihonyabwoko nkaho inkoho Bari bafise zitica, bravo mkapa naho uyu bajos ndaraba ari umunyagwanda atanikirundi yangije, yaravye ivyiwabo ko navyo vyabankiye, ivyiburundi ko birimo Imana biriko vyikemura
9 Kigarama 2016, 20:36, par Ndyibingoye
JeweNarabivze,le8/12/2016.
9 Kigarama 2016, 22:05, par FOLMAND
Ntakindi novuga kiretse kwibutsa ivyo nari nanditse nti UMUHUZA NIYISHIKIRA HAGATI MUGIHUBU AZOBONA KO ABARUNDI ATABIGANIRO NKIVYO IZONKORABARA ZISABA BAKENEYE. Ahubwo diplomatie namakungu nibumvise Kagameko yotanga zirya nkorabara abike, abarundi nabo ataco biyoca abarekb batahe kuko INTENDERI IRASHESHE UMUTI.
10 Kigarama 2016, 16:11, par Nzoyihera B..
URABA WUMVA BIRENGE NIWE NIWE UBWIGWAAAAA!!!!....
10 Kigarama 2016, 18:09, par Twaje
Barundi marundikazi mushaka kugira opposition yemewe namakungu kandi mukaronka nabarundi beshi babajinyuma, ndabasavye mwitandukanye nabaryabose bakore kudeta, nabarya bagize uruhara muguhamagarira abantu guturira abantu.
Umva impamvu, burya habaye ingorane yabashaka kubashigikirabose kuko batanguye kwibaza bati none dukomeje guhimiriza reta yuburundi ngo iganire nabakoze kudeta nabaturiye abantu nibintu ati turetseko nomumategeko agenga ONU kohariho ahanditse ko atamvonimwe wokwitwaza ngwitume ugubita kudeta, ati duhatiriye reta yuburundi kugiriranira ibiganiro nabakoze ayomabi ati vyocabiba mubihugu vyishi maze ababikora bakacabakoneza basaba ibiganiro ngokuko nomugihugu cuburundi abagerageje gukora kudeta bikanka bakicanokwica baciyebaja mubiganiro na reta.
Uwukunda baryabagirizwa biryavyago rero yogerageza kwitandukanyanawe kuneza ariko namba bafitaniye ibindibahuriyeko akamuhamagarira kwitabira ubutungane namba arengana bukazonweza akibandaniriza politique atabutungane bumurondera.
Naho iyo politique yokuza murica abategetsi bigihugu nabene gihugu ivyonwobikira imyaka nimyaniko ntacovyotanga ntacovyobashitsako ubonako usanga ikibanza gikorwamwo numuntu umwe habahariho abandi bashobora gukorankawe bakirindiriye bashika ibihumbi vyishi.
Urumva rero ko mwozokwica mukaruha mukazoruhira kuzoshirwa mumirwi ikora iterabwoba, ndabasavye mwitandukanye nabakoze kudeta nayandimabi nababwiye.
10 Kigarama 2016, 21:36, par tuzobafatishi minwe
naho mutamba gwisinz muramenyeko umukene ikiro cibiharage kigeze kuri bibiri ndabibonako azohavashikigwa bakazohava bamugurira ibiharage tugiye gutorakoyoko??mukama urawakije namazi yokuwuzimya urayafise.arko bene data musengere abanye poritike nabatengetsi bacu bagabany amada yabo
11 Kigarama 2016, 02:05, par Mukristumurugendo
Sha abahutu nabatutsi nabatwa biburundi barandikishije amateka muriyimyaka ya 2015 na 2016 kobarwanirije umwasihamwe kugeza bamutsinze.
Muramaramaje vyabihutu nibitutsi nibitwa vyahorakera bijana nyabahururu ahokurwaniriza umwansijamwe vyaca bisimbira kunzirakarengane bikagimbagura maze igihugu kikanja mumarira namaborogo.
Batwara,batutsi,abahutu congratulations forever and ever . Amen.
11 Kigarama 2016, 02:19, par Toto Kazungu.
Hasigaye ahurufaya gusa gusa, kuko nkankurunziza ntabombe nimwe iratibukira kurupangu. Nayo mukapa birazwi mugihugu ciwe kobamugajwe nibiturire, ntakundi yovuga kuko baza bamaze kumutegurira igiturire gikweye cavuye muramwe birirwa baranyuruza, nokwiba abanyagihugu.
11 Kigarama 2016, 07:52, par Ntakirutimana Joel
Jewe nagomba bwizukuri abarundi bumutima yuko atakintu kizova kuri mukapa!, mwitegereje uburyo avyifatamwo birerekana yuko atavyubuhuza ashoboye.Ati kuki? mumyaka yarenganye igihe Nkurunziza Petero yarako aratera uburundi, igihugu camuhaye indaro ni Tanzania kuko igihe yaba asugerejwe ningabo zigihugu yahungira ahohakurya itanzania, kandi baca kubasoda bigihugu ca Tanzania ntibabakakaze, ibirwanisho mukwinjira muburundi vyazanana mwicogihugu mumicungararo yakagunga aho ingabo zitanzania zirorera, ntawobakomakomye womwico gihugu, nkurikiranye ivyo yavugiye ngaha iburundi naciye ngenda gusesangura ivyakahise, nasaze mumakuba twahuye nayo ngaha muburundi, Tanzania yarabigize mwuruhara cane. Nonegayemwe uwatanze ibibanza vyogushingamwo amakambi yi vyagisoda,yogaruka akaba umuhuza gute?, mubijanye nibiganiro vyabereye irusha abarundi bobikesha uwahoze arumukuru wigihugu ca afrika yepfo Mandera,hamwe namakungu, kubwabarongozi bamwebamwe baho hakurya bifuzako Nkurunziza yogifatisha umuheto. Nicogituma mvuzeyuko kwataciza kizova kwamukapa, kandi ntaho vyabonetse uwakiriye impunzi yogaruka kubumuhuza, burya gutunga impunzi babirinkamwo akarusho kadasazwe nicogituma ategerezwa gushiraho ibizibizi bituma impunzi zitotahuka. Ati kuki ? abobitwa kobaronderwa nasentere yongaha muburundi, nabatemera ikiringo ca3 cankurunziza, iconabonye wewe bimunaniye atagejeje nagatoya, haruwise umwana ngo bizorame ntangareeee,kandi ngo uruza kwama rwamakare.
11 Kigarama 2016, 11:45, par Mob
None mkapa siwe wahaye imbunda aba DD bagafata igihugu none yoba gute umuhuza!!!mkapa ashobora kuba avuka mukumoso I bukemba!!!
11 Kigarama 2016, 11:49, par Mob
Abahutu bi 1972 bitwa ibimwenyi,ubu bitwa gute?aba DD?imbeciles cyangwa?munsubize
11 Kigarama 2016, 11:53, par Mob
Mwirirwa muraririmba imana murihenda cane nta mana iri Burundi intwaro yanyu in bibiliya nkakurifa fdlr yirirwana bibles muntoke nahubundi abayobozi banyu namashetani gusa
11 Kigarama 2016, 14:15, par deo
Bazane kagame aze kub umuhuza mumatati yabarundi. Bamujeri muramwemera ?
11 Kigarama 2016, 21:09, par Nema
Kumbe Abo Bamenyeye Ivyama Coup D Etat Ntibanezerewe Nurugendo Gumuhuza ? Bishakira Umuhuza Kagame ? Nibacire Birarura .
12 Kigarama 2016, 08:32, par Morodikayi Jon
Mkapa Benjamin natange imihoho vyihutirwa ntacakimaze kubarundi !!!,abanyagihugu twumvise birya yavuze twaguye mugahudwe nkubona ya hisemwo gushigikira umwicanyi Nkurunziza petero nakarwi kiwe! icakabiri yasuzuguje igihugu ciwe, cagatatu yatesheje agaciro ibwirizwa nshingiro ryuburundi hamwe nibwirizwa nshingiro rya arusha, icakane, abanyacubahiro bose harimwo numuhisi Mandera hamwe na nyakubahwa Nyerere, barara ijoro barondera ukugene abarundi botekana yabirwijije ubusa, tutibagiye na amakungu.Nkaboneraho gusaba abanye poritike bose bahisemwo kuvinyuma yuyu mwicanyi nkurunziza, kobohaguruka bakiyamiriza uyu muhemu ngo ni Mkapa. icagatanu, nimba hobibiganiro bicagura bariya nabariya, nuko vyohagarara hagasigara kuzokoresha inguvu gusa,ico nico kizotembagaza uwo mubisha. Mukapa nawe tumuziko vyishi, uburyo yafashije Nkurunziza akiri mwishamba, mukumuhereza indaro hamwe nibirwanisho, naho gukoreshereza imyimenyerezo yivyirwano, twi baza yuko akokageso kogushigikira inkozi zibibi koyoba yaragataye!, na tunasaba ubumwe bwafrika guhagarika uwo mkapa ntakongere kwitwa umuhuza wabarundi, ico kibanza ntacabereye nagatoya,kuko ikibanza nkico ntigikwiriye umugabo atamikwa ijambo. nkaba ndangirije kuriri ryanyuma nti abarundi ntiducikintege ahubwo ubuniho hagezaho dukomeza urugamba rukomeye mukwivuna umwansi wuburundi.Murakoze niharabe ABARUNDI BUMUTIMA,BIYEMEJE KURWANIRA AMATEGEKO YUBURUNDI bitebe bitebuke iteka rizotaha muburundi Uburundi busubire kwitwa Uburundi mumakungu.
12 Kigarama 2016, 08:35, par mzoyihera intagoheka
Mkapa natange imihoho ntakibanza cubuhuza akibereye.
12 Kigarama 2016, 08:47, par Nzeyimana John
Guheruyumusi mkapa nabogozwe ntajambo ryiwe, imikate yahano mugisagara yaciyi mutwara ubwenge niryavuga riramujana! ntamugabo ahendwa numukate, umugabo wukuri nubwo bomuha umukate nigikombe camata, ukuri kuba kwakundi. Rero kugezubu abarundi ntawe tugikeneye kwabumuhuza wabarundi, nakamaramaza kumutemere ngo reta riho rwikwije amategeko! ahubwo nimba yayasomye yasize amafime kumaso.
12 Kigarama 2016, 08:58, par che
ok, nimukore politique ariko mureke kwicana no gutoteza uwo wese atabona ibintu kumwe namwe. Abashaka opposition nabo nibavyitwaremwo neza birinde guteza umutekano muke bakine politique izira gusesa amaraso!
12 Kigarama 2016, 10:39, par Kanani Ernest
Jewe Kubwanje Nibaza Koboja Hamwe Bakavugana
30 Kigarama 2016, 15:57, par NDAKUNDA IGISAHIRA
NTIBANTUNGANYA YAKEBUWE NA MKAPA NTIYOTAHUTSE VUBA. SENTARE YO MURI EAST AFRICAN YAREMEJE KO PETER YATOWE ATA MATEGEKO AHONYANZWE .AKO KACIYE GASHITURA NTIBANTUNGANYA.
31 Nzero 2017, 19:58, par Warumonge
ibitekerezovyanze yobabuyoyabagitwarakwatawayogora hagejeko abahutudutwarabibateyikibajo wewandikivyo ntugiranubwogusikana kwiweshi kukonkaweusangawinyakonumwanda benjame n,itwari sentare yafriquan n,ayonyenenitwar kukontihengama abarambiwenitwaro,CNDD FDD UKINDUGARANYE IRATSINDA ;2020%
5 Ntwarante 2017, 14:03, par Muhayimana Berige
Nacimbatarekuntwaro Yiwe Imana Nimuhezagire
25 Mukakaro 2017, 06:20, par D
kutwara Nivyiza Kurenga Amategeko Nivyatarivyo Kimw Twizer Imana Dusubir Uko Twahora Kera Muri 2000.