Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bob RUGURIKA yarungikiwe umutahe mpuzamakungu w’ukumuhagarika
Bob RUGURIKA yarungikiwe umutahe mpuzamakungu w’ukumuhagarika
jeudi 10 Munyonyo 2016, par
Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi yasohoye umutahe mpuzamakungu w’uguhagarika umumenyeshamakuru Bob RUGURIKA, umuyobozi w’insamirizi RPA.
Mw’itangazo Sylvestre NYANDWI umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi yarungikiye umushikiranganji w’ubutungane, yasavye ko ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu bwoshikiriza igihugu ca Afrika y’Epfo umutahe w’uguhagarika, hamwe n’ukurungika mu Burundi umumenyeshamakuru BOB RUGURIKA, umuyobozi wa RPA (Radio Publique Africaine), imwe mu nsamirizi zigenga zaturiwe kw’igenekerezo rya 14 Rusama 2015.
Ubutungane bw’Uburundi bugasaba ko Reta ya Afrika y’Epfo yorungika Bob RUGURIKA mu Burundi, agashikirizwa inzego z’ubutungane.
IGIHE
Messages
10 Munyonyo 2016, 08:52, par maisha
Ubunaho,yagirizw,iki?canke’mushaKakumukuRamwo’iZi’million??
10 Munyonyo 2016, 08:55, par nkunduburundi
nivyukuri,nibamucakire,abazwe.niyo,ubutunganebwamwe yidegemye.
10 Munyonyo 2016, 08:59, par Karorero
Uwo numu teroliste umu Alquaida akwiy gufatwa agahanwa akishura ibibi yakorey abarundi kand twosaba aho abasimuja bose bar nuko bofatwa bagahanwa muzoba mukoz.
10 Munyonyo 2016, 10:22, par Dieme
none ko biyamirije sentare mpuzamakungu none ntibabona ko bazoguma bayikenera
10 Munyonyo 2016, 11:46, par Ntacontemanga
konumva mwesi muvuga ngo cakire,mwumvise yagirijwe iki?
10 Munyonyo 2016, 12:02, par yabacitse gute
ariko ivyomwishinga vyokubateshurubwa ntimwokorakazi kanyu eherabukuntu twebwe bene burundi inzarimu kutwica w go ba bob.nyabuna nimuturonderere ivyo ndupfungura gusa hanyuma mukore muteziber irigihugu mureke gushira mumada yanyu mugaca mutugiribigugu vyany umego ntabwenge ndupfise.mbe uyomutahe naho nuwibiki???mbegamad ariguteshubwok ubutungane uravye azobona pee
10 Munyonyo 2016, 14:14, par ntibibaho
Nta leta nimwe kw’isi ishobora guha agaciro umutahe watanzwe na leta itemewe ,Egide Mwemero vyarangiye bite?
10 Munyonyo 2016, 14:17, par ntibibaho
Nta leta nimwe kw’isi ishobora guha agaciro umutahe watanzwe na leta itemewe ,Egide Mwemero vyarangiye bite?
10 Munyonyo 2016, 14:57, par nzoza junus
aho bob niwe ateye ingorane muri iki gihugu emwe na mwebe murungika iyi mitahe murisuzuguza hiiiiiii
10 Munyonyo 2016, 16:43, par athanas
Ha uburero Bob rugurika arabaraje ishinga vrt?banze mufate abanyuruje amahera imiliyaridi15 hama muyashire mukigega careta hanyuma mutunganirize umunyagihugu.bibananiye gutwara nimutange imihoho!mbega hoho ko mwikuye muri sentare mpuzamakungu ubu muyironderakwiki?
10 Munyonyo 2016, 17:02, par Nyakabiga
Hhhaahh mbega Leta?ngo imitahe?none ko mwikuye muri CPI muri mu maki?ujinga Mzigo kweli
11 Munyonyo 2016, 00:31, par mzoyihera intagoheka
Yemwe yemwe abarundi uwabaroze ntiyakaravye! none Bob Rugurika mumuhiga kwiki nimusubire mwishure muze kwiga ntavyo muzi vyubucamanza! kumbe mugomba mumugire ukomwagize abandi nunomusi tutarabona nirengero nyabo!. Iradiyo mwaraturiye none nuwarayirongoye mushaka guturira !!!!, amakungu muriko murataka rwabafatire abomuzakwica komwayikuyeko, muyarondera kwiki? ahubwo nari kwemera komuhambaye mugafata abobirirwa barica ngaha mugisagara, ntibagiye umukuru wabo nkurunziza petero. Namwe ivyo mwigira,ntimwibaze ngo muri Mana umusumwe muzobibazwa, nimba mugifisubuntu mwokwikebuka.
11 Munyonyo 2016, 08:32, par amiri
Narenguke mubutungane hama niyezwa aheze yere, atekane abarundi tuzoganzwa kugeza ryari no kwishimira ko ukora ikibi ukihungira hanze yigihugu ukiraramira hama ngo ntankwirikizi! nafatwe nyabuna bari batevye!!
11 Munyonyo 2016, 18:06, par niyonzima
MWAGOMYVE KWICA BOBO RUGURIKA IMANA IRAMUTABARA NONE MURASUBIRIYE KUMUHIGA? UWOMUHIGA IMANA IRAMUKUNDA .NGIRA MWARABIBONYE IGIHE YARIMWIBOHERO,ABARUNDI TWARI TUMURINYUMA TUMURIRIRA.UBU TUGIYE KUBWIRIMANA ,ABAGOMBA KUMUHUNGABANIRIZA UBUZIMA ,IMANA IBARIMBURE KUKO UWICISHA INKOTA AZICISHWA IYINDI.
11 Munyonyo 2016, 18:07, par niyonzima
MWAGOMYVE KWICA BOBO RUGURIKA IMANA IRAMUTABARA NONE MURASUBIRIYE KUMUHIGA? UWOMUHIGA IMANA IRAMUKUNDA .NGIRA MWARABIBONYE IGIHE YARIMWIBOHERO,ABARUNDI TWARI TUMURINYUMA TUMURIRIRA.UBU TUGIYE KUBWIRIMANA ,ABAGOMBA KUMUHUNGABANIRIZA UBUZIMA ,IMANA IBARIMBURE KUKO UWICISHA INKOTA AZICISHWA IYINDI.
11 Munyonyo 2016, 18:44, par mOHAMED
MURAWUNWA NAHO URURA MWA BA DD MWE...HEH MUMARAMARIRA MU BAMENYESHAMAKURU BURI GIHE..E MAMA KANAKA EH MAMA KANAKA REKA ABAMENYESHA MAKURU KUBAMARAMARIRAKO NONE IYATABA NKA IGIHE TUBA TUMENYA AMAKURU....MWABURIWE MUZOPFA MWANGARA MWA BINWAMARASO MWA MBWEBWE DD..UWO NI NYARUTWE ARIKO ARAMARAMARA AKAMARAMARIRA MUMITAHE NYAGUHONGOKA BIRYA VYINYO IRYA NDAYA DD .....
11 Munyonyo 2016, 20:01, par Nsanzamahoro Diedonene
Nivyo Muburundi Dukeney Abantu Bimvugakuri Nka Bobo Rugurika Akoreshirementanya Naradiyo Yiw Akwiy Gushikirizwa Ubutungan!T
12 Munyonyo 2016, 19:09, par UMWAMI
Naho mutofatwe mwese mwahungiye hanze muhejeje gukora akabi,igikuru nuko namwe mwunvise ukuntu ubuhungiro bubabaza,nimwunve namwe ico abahutu twari twarabacuze kuva kera muri yamyaka murongine yose(40) mwaducura bufuni nabuhoro.banza mwunve basha,tuzobana nuwushaka kubana nabantu,apana abo banyakabi,abagesera baturira abantu izuba riva,ico mwibagiye nuko twese turemwe mwishusho y’Imana,harya mwononye urushengero gw’Umukama muguturira abantu binzira karengane.namwe muzohera nkifu y’imijira ,icambu cumutama araho ,ntavuze mwizina.
13 Munyonyo 2016, 17:03, par BK
Wesha wiyita ngo Umwami wuzuye Ubugome bwinshi cyane. Ni utitonda buzo guhitana.
15 Munyonyo 2016, 11:35, par ndayikeza juvenal
Egom nibamurungik ubutungane bukore
16 Munyonyo 2016, 07:44, par Arikade
Ndamuhojeje Niyihangane Imana Izomuzigamira Aharihose