IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Ikiziga c’umuforoma catowe ku ruzi Mpanda

Bubanza : Ikiziga c’umuforoma catowe ku ruzi Mpanda

lundi 25 décembre 2017

Amakuru ava aho ku mpanda, hamwe no mu muryango wiwe, amenyesha ko Onesphore NDUWAYO yatowe inyuma y’iminsi itatu anyurujwe n’abantu batamenyekanye.

Abo mu muryango wiwe, basaba ko haba amatohoza kugira ibijanye n’urupfu rwa Onesphore NDUWAYO bimenyekane, ariko mu giporisi bakamenyesha ko amatohoza kur’urwo rupfu yamaze gutangura.

Onesphore NDUWAYO yari asanzwe ari umuforoma kw’ivuriro ritoya rya Muremgeza, muri komine Mpanda, intara ya Bubanza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.