IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Bubanza-Musigati: Inama mpanuzwajambo yakuye abakuru ba zone (...)

Bubanza-Musigati: Inama mpanuzwajambo yakuye abakuru ba zone bane

jeudi 25 Rusama 2017

Amakuru ava mu ntara ya Bubanza amenyesha ko abakuru b’amazone bakuwe bisunze ko bafatiye ku rugero rw’amashuri bafise, amabanga bajejwe abarengeye.

Tharcisse NIYONGABO arongoye intara ya Bubanza amenyesha ko inama mpanuzwajambo ya Komine yigenga, kandi ifise uburenganzira bwo gufata ingingo ibonye ko ari nkenerwa mw’itunganywa rya Komine.

Hari umukuru wa Zone yari amaze kwirukanwa mu mabanga yagirizwa kuba yaratanze uruhusha rwo guca ibiti biri mu gitara ca Reta.

Ayo mazone agize komine ya Musigati iri mu ntara ya Bubanza ni zone Kivyuka, zone Musigati, zone Muyebe na Zone Ntamba.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.