Accueil > Amakuru > u Burundi > Bubanza : Umubonano hagati y’umukuru w’igihugu n’imvukira : Amafoto
Bubanza : Umubonano hagati y’umukuru w’igihugu n’imvukira : Amafoto
vendredi 16 Kigarama 2016, par
Mu rugendo arimwo mu ntara ya Bubanza, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yabonanye mu gatondo ko kuri uwu wa kane n’imvukira z’iyo ntara hamwe n’abatowe. Muri uwo mubonano wabaye mu mwiherero, bagarutse kw’iterambere ry’intara ya Bubanza, nk’uko vyemezwa na Claude KARERWA, umuvugizi w’umukuru w’igihugu.
IGIHE
Messages
16 Kigarama 2016, 17:12, par mob
haaaaa aho hantu bakoreye inama hameze gute?murateye ikigongwe
16 Kigarama 2016, 20:27, par Nema
Gendera Abanyagihu Hanyuma Bamwe Baterekwa Amatora Ngo Ibiringo Amatora Yibwe .
16 Kigarama 2016, 20:45, par Karorero
Terimbere Bubanza komera nyakubahwa S.E Pierre Nkurunziza i bubanza tuzokwama tukur imber komera.
17 Kigarama 2016, 22:11, par MUYINGA RUGARI MWURIRE
KUJA INAMA BIGIRIA IKIMAZI IGIHUGU NINGO SONGAMBERE NYKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA .
17 Kigarama 2016, 22:12, par MUYINGA RUGARI MWURIRE
KUJA INAMA BIGIRIA IKIMAZI IGIHUGU NINGO SONGAMBERE NYKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA .
18 Kigarama 2016, 02:39, par Nowera Nimbona
Nimba yagiye kubategura ukugene bazotangura kumara abanyagihugu bintara yabubanza, ico arakizi ntawobura icoyo mushimira! nayaho bicaye umengo sinyubakwa yogukorerwa mwamanama! hasubwa nigituru cingurube, canke cinkoko!, nibara.
19 Kigarama 2016, 04:47, par FELIX MUHIRE
Uwu muntu yitwa Nowera Nimbona hamwe na Mob, nta ndero bafise. Mbe ubona urwaruka rw’Uburundi rwose rubaye nkamwe ko tutoba duhonye duhamagara. Mushobora kuba muri ibirara bitigeze vyumva indero y’ikirundi. Muzotahana ubwo bushirasoni nta kindi mushoboye
19 Kigarama 2016, 11:48, par Fabien
komera mutama. bikore uwanka amahoro arakavun,umuheto aho twameneka ko batadusangije nikijumbu mubugaragwa ubu ntibobura kuribwa kuko twakibatse bari barakigize nkakarima kabo.
20 Kigarama 2016, 19:19, par Mahirwe Bbz
uwutogushima ni babandi.....?
22 Kigarama 2016, 12:42, par Christophe
Non’uwomubonano Haricavuyemwo Cotuma Uburundi Buva Murikanokaga Burimwo