Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bubanza:Umwigisha yakomerekejwe n’abanyeshure yigisha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Bubanza:Umwigisha yakomerekejwe n’abanyeshure yigisha

Bubanza:Umwigisha yakomerekejwe n’abanyeshure yigisha

jeudi 16 Ruhuhuma 2017

Umwigisha n’umunyeshuri bo kw’ishuri nshingiro rya Gitanga,muri komine Gihanga,intara ya Bubanza barakomeretse inyuma y’akaguma kabaye kuri iryo shuri,imbere y’umutaga kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma,umwaka wa 2017.

Amakuru ava aho i Gitanga amenyesha ko umwigisha Gilbert Kwizerimana yakubiswe n’abanyeshure igihe yahana umunyeshure yari acerewe abanyeshure bagenzi we baca bagira ishavu.

Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma,umwaka wa 2017,ivyigwa kuri iryo shure ntivyabaye, ariko ubuyobozi bw’indero muri komine bwamaze kurungika umurwi ufasha gutorera umuti ic kibazo.

Ubuyobozi bw’ishure nshingiro rya Gitanga bumenyesha ko abanyeshure batanguje ako kaguma bamaze guhagarikwa, abigisha nabo bagasba ko abo banyeshure bohanwa vy’akarorero.


IGIHE

Messages

  • Ntagitangaje kirimo, iryo n’Iragi rya Peter Nkurunziza,uwo mw’igisha ashimire Imana kuba atapfuye

  • None yamuhana yaruwo yavyaye?, umwana acerewe ntibisigura yuko mwarimu yoca amukubita, nikubera arigihugu kikiri mubukoroni!, jewe nkunze gusoma ibiryamakuru vyomubihugu bitandukanye vyohanze bijanye nindero yomwishure, kirazira kikazirizwa mwarimu gukora kumwana ngonuko yacerewe, nkabimwe mporambona abana bakorerwa haniwacu, umwana ahataha inyo yavyivye,hamwe nipfundo zokumaguru!, ukonabisomye mubinyamakuru vyohanze umwarimu nkuwo nukwinjira mugasho. Ariko abarimu bahano iwacu uko bafata abana mumashure ntavyokubahiriza agateka kabana!, namwe nivyo mwibonera uburyo birirwa bateza inda, abandi bakanduzwa umugera wasida nabigisha babo. Uwomwarimu nawe nyene yarakwiye guhamwa kuko yahonyanze agateka kumwana.

  • abigish batar bak ub kensh nab bariyenz kubanyeshur ib bigashik nah mpererey gus nab sib ber, nibarab babarek bakor nkabavyey kuk babirukany inzig yinzikir nubund irabandany nakar bavug bat" ISHAVU RY’UMUVYE RIRIRIRWA NTIRIRARA"

  • Ivyo gukubita umunyeshure ntibikibaho ndetse bikwiye kubuzwa hose mu mashure.

  • Abarim Nibakazib Badukubita Batabon Ntibabon Kotwashishwe Baratubarirwa Umenyeshur Ndamuhay 99%

  • BAKWIYE KUBWIRA ABAKOZI B’IMANA BAKABASENGERA.

  • Akensh Biv Ku Bigish, Kk Har Abigisha Usang Har Aba Elv Batiyumvamw, Bagac Bashaka Kubahahaza. Bigatuma N’abo Bagr Ishavu.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.