Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bujumbura : Abantu 7 bapfiriye mw’isanganya ry’imodoka ya OTRACO - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura : Abantu 7 bapfiriye mw’isanganya ry’imodoka ya OTRACO

Bujumbura : Abantu 7 bapfiriye mw’isanganya ry’imodoka ya OTRACO

lundi 25 décembre 2017

Amakuru ava mu bari begereye ahabereye iryo sanganya amenyesha ko imodoka y’ishirahamwe ryo kwunguruza abantu OTRACO yatembagaye, igihe yari ivuye mu ntara ya Rutana, ija mu gisagara ca Bujumbura.

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter yaremeje ayo makuru, aho yavuze ko muri 47 bakomeretse , batandatu bababaye cane, kandi ko baciye bajanwa mu bitaro vy’abaganga batagira imbibe.

Amakuru ava muri bamwe bari begereye ahabereye iryo sanganya bavuga ko abantu 5 gusa aribo boba bararokotse muri iryo sanganya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.