IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura: Amadorare 13200 ya magendu yafashwe n’igipolisi

Bujumbura: Amadorare 13200 ya magendu yafashwe n’igipolisi

jeudi 29 Kigarama 2016

Igipolisi c’Uburundi kimenyesha ko cafashe amafaranga ya magendu angana n’ibihumbi cumi na bitatu n’amajana abiri (13200) vy’amadorare y’abanyamerika .

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, Pierre Nkurikiye avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko ayo mafaranga yafatanywe umuntu azwi kw’izina rya Mugisha Desire,mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 29 Kigarama 2016.

Mugisha Desire yafatanywe ayo mafaranga ya magendu, yafatiwe mu Gasekebuye mu bumanuko bushira ubuseruko bw’igisagara ca Bujumbura,muri Komine Muha.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.