Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bujumbura : Amazu umunani y’ubudandaji yahiye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Bujumbura : Amazu umunani y’ubudandaji yahiye

Bujumbura : Amazu umunani y’ubudandaji yahiye

mercredi 7 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Impanuka y’umuriro yiyadukije mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu mu mazu y’ubudandaji ari mu gisagara ca Bujumbura, aho bita "Kwa DIKO". Mu giporisi kijejwe kurwanya impanuka bamenyesha ko amazu y’ubudandaji (Magasins) atandatu hamwe n’amazu adandarizwamwo imiti (Pharamcies) abiri ariyo yahiye n’ibirimwo.

Ayo mazu y’ubudandaji yahiye ari hafi y’ahahora isoko nkuru ya Bujumbura itarasha, iruhande ya banki BNDE.

Mu giporisi kijejwe kurwanya impanuka bamenyesha ko uwo muriro yaturutse ku ntsinga z’amatara (court-circuit), bakavuga ko abaporisi banyarukiye kuzimya kugira n’ayandi mazu ntatandukirwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.