Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Igitoro ca Essence gishobora kumara indwi kitabonetse
Bujumbura : Igitoro ca Essence gishobora kumara indwi kitabonetse
mardi 20 Kigarama 2016, par
Ubukene bw’igitoro ca Essence buribonekeza mu gisagara ca Bujumbura, aho mu bibanza bidandarizwamwo ico gitoro haboneka imirongo miremire y’imiduga itondenze. Abandaza igitoro mu gisagara ca Bujumbura bamenyesha ko iyi ndwi ishobora guhera ico gitoro kitabonetse.
Abaguzi barondera ico gitoro, cane cane abakoresha imiduga ica amafaranga mu kwunguruza abantu, bashikiriza ko bariko bakora bahomba, kuko batonda umwanya munini, naho nyene bagataha uko baje, bene imiduga nabo bakabasaba amafaranga (Versement) batakoreye.
Abo bunguruza abantu basaba abajejwe igisata c’igitoro mu Burundi ko botorera inyishu ico kibazo c’ibura ry’igitoro, bagasaba kandi ko bobwirwa ukuri namba iryo bura ry’igitoro ryoba rifitaniye isano n’ibivugwa ko coba kigira kiduzwe igiciro.
IGIHE
Messages
20 Kigarama 2016, 11:43, par CAKIRA
OK barasubiriye kwimana igitoro? mwibuke amastation yugawe kubwukugarariza
20 Kigarama 2016, 12:58, par bigabo
Igitoro kibura gute kandi muraturiye Itanganyika ? muyivomere muri iyo miduga yanyu mwirurwa mwica abanyarwanda kandi ibyo mukenera iwanyu byose bintura hani munsi y’urugo iwannjye bije i Burundi!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
20 Kigarama 2016, 15:08, par Hicuburundi
Ndavye ukungene igitoro cabaye ndanse i buja nkaba nzi yuko ibidandazwa biza ino mu Burundi bica mu Rwanda, ndatakambiye Nyakubahwa Kagame President w’u Rwanda,ababarire Peter Nkurunziza ntibugare imipaka twoca duhona
20 Kigarama 2016, 16:33, par bucumi
navyo n’ugwanda rurimo kubitera??
21 Kigarama 2016, 07:42, par Proud to be rwandan
Leta y’Uburundi Ko yibagiwe kutubwira Ko ari u Rwanda rwabiteye?
21 Kigarama 2016, 07:47, par Proud to be rwandan
Pffffffff narababwiye buretse muraje muzambwira abazabihomberamo kwiterura numuturanyi muzi yuko ibicuruzwa byinshi bica mu Rwanda Ni nko gutema ishami ryigiti wicayeho. Buretse ibiciro byo guhaha bibazamikane ngo mukiri mu mambargo atampaye agaciro mwashyize ku Rwanda. Zero response zero intimidation....
21 Kigarama 2016, 09:07, par mbazumutimajerome
Nagirankubaze nkebure wewe wiyita hicuburundi imvugoyawe iragayitse kuko uburundi ntibubayeho kubwa Kagame ,nawenyene arabizi .nawe niwaba uzukuburundi bumeze urazikwatariyo nzirayonyene yinjira muburundi! Uburundi buriho kubw IMANA sikubwumuntu .ucawumvanawe kowibeshe mumvugo.Kagame ntacabayabatumye be mumukura mukanwa kuko arafise ibimuhenze nawe ,sawa mwese abamutakivyo atabazumye muzakorwa nisoni umusi muzamubonuko mutamwibazaga!!IMANA izamuhembere imirimoyose akora murwanda nohanze yarwo kuko yoseyose irayireba.murakarama nyakubahwa KAGAME njyendakubaha kuko ntabwarijye wagushize kungoma.
22 Kigarama 2016, 10:41, par nzovu
@ Proud
So Burundi has no fuel reserves? i cannot believe this. Ubwo se ko bajya basakuza ngo bamesa abantu, twa dusoda twabo twagenda na maguru kweli? Bigabo ati nibavome Tanganyika turebe? No kuroba indagara byarabananiye.
22 Kigarama 2016, 15:51, par Proud to be Rwandan
@nzovu reserve ivuye he ? Wibagiwe ko 2009 ari u Rwanda rwabapfuye agasoni rukabasindagiza rubishyurira imyenda yimyaka 3 ingana na miriyoni 550 zamanyarwanda yanshyirire mu marundi bari barimo EAC si u Rwanda rwagiye gutabara umujyi wahiye rukazimya none bamaze guhaga batangiye kwiterura ku muturanyi. Pfffffffff
22 Kigarama 2016, 15:55, par FELIX MUHIRE
Ariko abo banyarwanda bavuga nk’abatewe na dayimoni, kuki bivanga mu bintu vy’i Burundi? Kuko ikinyamakuru "igihe" kibaha ijambo?
22 Kigarama 2016, 21:11, par Mwizero Didier
Ukubura Kw ’igitoro Ca Essance Biva Kugusamara Kwajejwe Intwaro
23 Kigarama 2016, 09:10, par nzovu
@ Proud
Urakoze cyane, yewe ntako turagize ngo abaturanyi bacu bagire aho bagera ariko akabaye icwende nuko. Ariya mafranga twayabishyuriye kugirango badasigara inyuma kuko ntabwo bumva ibujyanye na EAC economic integration baracyari mu kabindi gapfundikiye kitwa Burundi, ariko igihe kirageze ngo ibi tubireke. Watch this space brother and thanks a lot.
23 Kigarama 2016, 12:49, par Mucyo
Amoko niyo agiye gutuma abarundi bamarana. None n’ibibazo economique birikuza... ejo bundi hazakurikiraho ibindi. Njye ikisentsa nukuntu bikoma ababiligi... barangiza bakagumana ngo hutu twa tutsi muri parlement yabo... kandi ari ababiligi babibigishije!
24 Kigarama 2016, 11:31, par Na bado mutakoma
Ni basabe ikigorwe ama dollar agaruke ahandi ho inzara irabica ejo aho bukera